Home featured sport Primus league : Uku Niko inkino z'indwi ya 18 zaraye zugenze

Primus league : Uku Niko inkino z’indwi ya 18 zaraye zugenze


Kuva kw’igenekerezo rya 15 na 16 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 18 yayo.


Uku Niko baraye batsindanye :
– LLBS4A yaratsinze Umugwi Flambeau de l’Est ibitsindo 2 Ku 0
– Athletics Olympic nayo yirahira Vital’o Fc igitsindo 1 Ku 0
– Ngozi city inganya na Olympic Star 0 Ku 0
– Kayanz United itsinda Rukinzo Fc igitsindo 1 Ku 0

– Flambeau du Centre inganya na Aigle Noir igitsindo 1 kuri 1 
– Messager Buja yatsinze Buha city Igitsindo 1 Ku 0
– Messager Ngozi itsinda Les lierres ibitsindo 3 Ku 0
– Bumamuru Itsinda Musongati Fc ibitsindo 2 kur 1

Facebook Comments

Most Popular

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...

Facebook Comments