Home Diaspora Urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

 

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 isaha zibiri z’ijoro n’iminota icumi n’itanu (20h15) ku masaha y’i Bujumbura.

Aba nibo bakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1) Ndikumana Justin
2) Moussa Omar
3) Nduwarugira Christophe Lucio
4) Nsabiyumva Fréderic
5) Ngando Omar
6) Duhayindavyi Gaél
7) Cédric Amissi
8) Gaél Bigirimana
9) Fiston Abdoulrazzaq
10) Saido Berahino
11) Elvis Kamsoba.

Facebook Comments

Most Popular

Ibiharuro bishasha vya Coronavirus gushika kuri uyu wa 2 Kigarama

Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze...

Nounou yasezewe ubwa nyuma, afatwa nk’uwitangiye Rallye

Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita...

#Basketball |Loko ntakibarizwa mu Burundi

Uwahora ashikiriza ibiganiro vy'inkino ,ivy'urukundo na zinduka kuri Buja fm akaba kandi yari umumenyereza w'imirwi nka New stars , Les gazelles, Berco stars ,Les...

Buffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Kigarama 2020, niho abakinyi na Staff y’umugwi Buffaloes Fc bavuye muri Eswatini berekeza mu gihugu c’Uburundi mu...

Facebook Comments