Home homepage Urutonde rw'abakinyi 23 b'intamba n'amanomero y'imyambaro bazokwambara muri CAN

Urutonde rw’abakinyi 23 b’intamba n’amanomero y’imyambaro bazokwambara muri CAN

Mugihe hasigaye imisi 3 gusa kugira ihiganwa rya CAN 2019 ritangure, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ishirahamwe CAF niho ryashira ahabona urutonde rw’abakinyi b’imigwi nserukira gihugu bazokina CAN 2019 .

Muri urwo rutonde harimwo urutonde rw’abakinyi 23 b’intamba mu rugamba hamwe n’amanomero y’impuzu abakinyi bazokwambara.

Aka ari aba bakurikira:

Abanyegori:

1) Johnathan Nahimana (1)
2) Justin Ndikumana (13)
3)Arthur Mac Arakaza(23)

Abakinyi b’inyuma:

4) Abdoul karim Nizigiyimana (6)
5)Omar Ngando (14)
6) Moussa Omar (15)
7)David Nshimirimana(16)
8)Nsabiyumva Fréderic (19)
9)Nduwarugira Chriatophe (22)

Abakina hagati :

10)Enock Nsabumukama (2)
11)Pierre Kwizera (4)
12)Gael Bigirimana (5)
13)Gael Duhayindavyi (8)
14)Shassir Nahimana (10)
15)Francis Moustapha(20)

Abasatirizi:

16) Elvis Kamsoba (3)
17)Abdoulrazzaq Fiston (7)
18)Laudit Mavugo (9)
19)Seleman Ndikumana (11)
20)Hussein Shaban (12)
21)Amissi Cédric) (17)
22)Saido Berahino (18)
23) Amissi Mohammed (21)

Facebook Comments

Most Popular

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...

Abatari bake bibajije nimba Natacha yavuga gusenga, canke yafobetse

https://m.youtube.com/watch?v=-BIr5LPrtJI Mu giswahiri umuririmvyi Natacha yaraye yanditse ko arindiriye umugabo ngo batangure gusenga. Kwoba kwari ugusenga nyene canke yari imvugo mfobeko isobanura ikindi? Ico nico...

Igituma urwaruka ruheza amashure ntirumenye ariko ntirumenye kuvuga ururimi rw’icongereza

Mu Burundi hariho urwaruka ruheza amashure yisumbuye mbere na kaminuza ariko rudashobora no kuvuga ngo rutange ivyiyumviro mu rurimi rw'icongereza. Ariko rero ntibisigura ko batazi...

Impamba umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye atekereye abarundi

Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guharanira amahoro aho umwe wese aba, bayatsimbataze bari hamwe bose kugira bashobore kugwaniriza hamwe umwansi w'ubukene mu muryango. Evariste Ndayishimiye...

Facebook Comments