Home homepage CAN2019 : Urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga

CAN2019 : Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Guinée Conakry kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 30 Ruheshi umwaka wa 2019 igihe c’isaha icumi na zibiri z’umugoroba (18h00) mu masaha ya hano iwacu.

Ni aba bakurikira :

1) Nahimana Johnathan
2) Nizigiyimana Karim Makenz
3) Nduwarugira Christophe Lucio
4) Nsabiyumva Frédéric
5) Ngando Omar
6) Pierrot Kwizera
7) Mohammed Amissi
8) Gael Bigirimana
9) Fiston Abdoulrazzaq
10) Moustapha Francis Njali
11) Hussein Shaban Tchabalala

Facebook Comments

Most Popular

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Facebook Comments