Home homepage Eliminatoire CHAN : Urutonde rw'abakinyi 25 b'intamba bagiye gutangura imyimenyerezo

Eliminatoire CHAN : Urutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye gutangura imyimenyerezo

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bagiye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zo gukurakuranamwo z’abakinyi bakina iwabo bita CHAN.

Akaba ari aba bakurikira :

1. Rukundo Onesime (Messager Ngozi)
2. Bankagakura Bosco (Rukinzo)
3. Rugerinyange Joseph (Vital’O)
4. Ndizeyé Éric (Musongati)
5. Ndikumana Faustin (Rukinzo Fc)
6. Hicuburundi Hussein (Kayanza Utd)
7. Abdoul Amini (Messager Ngozi)
8. Ndikumana Chris (Musongati FC)
9.Kashindi Joseph (Musongati FC)
10. Ndayishimiye Youssouf-Nyange (Aigle Noir)
11. Nshimirimana Jospin (Rukinzo FC)
12. Nshimirimana Ismaïl (Aigle Noir)
13. Kagabo Cédric Danny( Messager Ngozi)
14. Iddy Museremu (Messager Ngozi)
15. Olivier Bayizere (Messager Ngozi)
16. Kubuntu Ismaël (LLB4A)
17. Dusabe Oliver (Vital’O)
18. Ndayikeza Abdi (Kayanza United)
19. Aaron Musore (Musongati)
20. Aimé Gakiza (Flambeau du Centre)
21. Mavugo Cédric (Aigle Noir)
22. Irambona Tonny (Messager Ngozi)
23. Sébastien Bashirahishize (Bumamuru)
24. Nduwayo Clovis (Rukinzo FC)
25. Issa Hubert (Atletico Olympic)

Facebook Comments

Most Popular

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...

Facebook Comments