Home homepage Volleyball : Urutonde rw'abakinyi 14 bagiye muri Tunisia

Volleyball : Urutonde rw’abakinyi 14 bagiye muri Tunisia

Umugwi nserukiragihugu wa Volleyball wamaze gufata urugendo werekeza mu gihugu ca Tunisia mu mahiganwa ya Africa agiye gutangura igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka wa 2019 akazorangira igenekerezo rya 29 Mukakaro umwaka wa 2019.

Aba nibo bakinyi 14 bafashe indege berekeza muri Tunisia :

1. Patrick Bizimungu (Rukinzo)
2. Axel Muhoza (Amical des Sportifs de Bujumbura)
3. Eric Ndayipfukamiye de (Rukinzo)
4. Paterne Dukundane (Amical des Sportifs de Bujumbura)
5. Hugues Igiraneza (Rukinzo)
6. Gadiel Muyuku (UTB/Rwanda)
7. Yvan Dukundane (Gisagara/Rwanda)
8. Evrard Irangabiye (Rukinzo)
9. Pacifique Iradukunda (UTB/Rwanda)
10. Donald Beruburundi (GACOSMOS)
11. Dr Sixte Nderagakura (Amical des Sportifs de Bujumbura)
12. Fiston Niyongabo (Kirehe VB club / Rwanda)
13. Alain Muvunyi (Amical des Sportifs de Bujumbura)
14. Jean de Dieu Irankunda (Bujumbura Uwezo wa Ndani)

Abamenyereza nabo akaba ari aba batatu :

1. Claver Ngendakumana
2. Arthur Baziri
3. Cassien Kabura

Facebook Comments

Most Popular

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Facebook Comments