Home homepage Jeux AfricainsU20 : Urutonde rw'abakinyi 24 b'intamba bahamagawe na FFB

Jeux AfricainsU20 : Urutonde rw’abakinyi 24 b’intamba bahamagawe na FFB

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zigiye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Jeux Africains z’abatarenza imyaka 20 zizobera muri Maroc.

Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 31 Mukakaro umwaka wa 2019, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryarasohoye urutonde rw’abakinyi 24 bazokwitegurira iryo higanwa.

Aba nibo bakinyi 24 bahamagawe :

Abanyegori:

1) Rukundo Onesime ( Messager Ngozi)

2) Rugerinyange Joseph ( Vital’O Fc)

3) Kitenge Ally Tonton ( Bugesera)

Abakina inyuma :

4) Ndizeye Eric ( Musongati Fc)

5)Ndoriyobija Eric ( Police )

6) Havyarimana Issa ( Les lierres)

7) Ntumbaze Abdallah ( Les lierres)

8) kashindi Joseph ( Rukinzo Fc)

9) Iradukunda Parfait ( Flambeau du centre )

10) Bigirimana Ramadhan ( Kayanza united)

11) Ndima hassan ( Delta Star)

Abakina hagati mu kibuga :

12) Mbirizi Eric ( Inter Star)

13) Rukundo Therence ( Kayanza united)

14) Karikumutima Iddy ( Olympic Star)

15) Nzeyimana Omar

Abasatirizi :

16 Mohammed Amissi ( NAC Breda)

17) Kanakimana Bienvenue ( Atlanta United)

18) Shaka Bienvenue ( Etoile du sahel

19) Ndikumana Magloire ( Police FC)

20) Dusabe Olivier ( Vital’o Fc)

21) Nzojibwami john Franck ( Aigle Noir)

22) Ndayikeza Abdi ( Kayanza united)

23) Mavugo Cedric ( Aigle Noir )

24) Munezero Franck ( Kayanza united )

Facebook Comments

Most Popular

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Facebook Comments