Home homepage Urutonde rw'abakinyi 18 ba Rukinzo Fc berekeje muri Zimbabwe

Urutonde rw’abakinyi 18 ba Rukinzo Fc berekeje muri Zimbabwe

Rukinzo Fc yamaze guhaguruka ifata urugendo ruzoyishikana muri Zimbabwe

Kuri uyu wa kane Igenekerezo rya 08 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha cumi na zibiri 18h00 zo kumugoroba niho abakinyi b’umugwi Rukinzo Fc bafashe indege berekereza mu gihugu ca Zimbabwe aho bagiye gukina urukino rwo gutangura rwa Caf Confederation Cup ruzoyihuza na Triangle United yo mu gihugu ca Zimbabwe .

Aba nibo bakinyi 18 berekeje muri Zimbabwe :

1) Nduwayezu Clovis
2) Bigirimana abed
3)Ndikumana Faustina
4) Ally Shabani Velentin
5) Toto clement
6)Niyonkuru pascal
7)Shauri Fiston
8)Bigirimana Seraphim
9)Mugabo Prince
10)Nzoyisaba Epimac
11) Bizimana Amissi
12)Mpawenayo Raoul Kevin
13)Kwizera Ibrahim
14) Nshimirimana Ismail
15) Fataki Justin
16) Ilunga Mukadi Fiston
17) Tuyisenge Yasser Arafat
18) Manirakiza Eliezel

Facebook Comments

Most Popular

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Facebook Comments