Home featured sport indundi Sports | Cecafa U 15 : Urutonde rw'abakinyi 19 bazokwerekeza muri...

indundi Sports | Cecafa U 15 : Urutonde rw’abakinyi 19 bazokwerekeza muri Erythrée

 

Inyuma y’igihe kitari gito unugwi w’intamba wa batarenza imyaka 15 uriko urakora imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Cecafa U 15 zizobera muri Erythrée kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro (08) umwaka wa 2019  abamenyereza b’uwo mugwi bamaze gushira ahabona abakinyi 19 bazofata urugendo mu misi iri mbere .

 

A. Abanyegori:

 

1. NTIRANDEKURA Eloge

2. IRANKUNDA Osa0na

 

B. Abakina inyuma:

 

3. ICOYITUNGIYE Kévin

4. HAKIZIMANA Ally

5. BARITONDA Fleury

6. NGABIRANO Slim

7. BAYISENGE Ibrahim

 

C. Abakina hagati:

 

8. TUYIZERE Uledi

9. IRAKOZE Jean Darcy

10. SHAKA Bruce Landry

11. ARAKAZA Tonny

12. BAYISENGE Aboubacar

13. MANIRAKIZA Houzaifa

14. IGIRANEZA Adelard

 

D. Absatirizi:

 

15. DJUMA Jaffari

16. MUGISHA Adamo

17. INTEYITEKA Florien

18. ITERITEKA Jean Charlema

 

 

Iryo higanwa rikazotangura kw’igenekerezo rya 16 Myandagaro gushika. kw’igenekerezo rya 02 ukwezi kwa 9.

 

Intamba mu rugamba zikazotangurira gukina na Erythrée urukino rw’ambere ruzoba Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 16 Myandagaro .

Facebook Comments

Most Popular

Uwoya yagarutse ku bimwagirizwa ko yoba ari ishetani

https://m.youtube.com/watch?v=5JqdE6e39HY Irene uwoya benshi bazi nka Oprah kubera ireresi yakinyemwo yitwa iryo zina, nawe haraho bishika akemeranya n'abatari bake ko ari ishetani "Jini" bivanye n'ubwiza...

Abatari bake bibajije nimba Natacha yavuga gusenga, canke yafobetse

https://m.youtube.com/watch?v=-BIr5LPrtJI Mu giswahiri umuririmvyi Natacha yaraye yanditse ko arindiriye umugabo ngo batangure gusenga. Kwoba kwari ugusenga nyene canke yari imvugo mfobeko isobanura ikindi? Ico nico...

Igituma urwaruka ruheza amashure ntirumenye ariko ntirumenye kuvuga ururimi rw’icongereza

Mu Burundi hariho urwaruka ruheza amashure yisumbuye mbere na kaminuza ariko rudashobora no kuvuga ngo rutange ivyiyumviro mu rurimi rw'icongereza. Ariko rero ntibisigura ko batazi...

Impamba umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye atekereye abarundi

Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guharanira amahoro aho umwe wese aba, bayatsimbataze bari hamwe bose kugira bashobore kugwaniriza hamwe umwansi w'ubukene mu muryango. Evariste Ndayishimiye...

Facebook Comments