Home football Primus League B : Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya mbere

Primus League B : Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya mbere


Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize w’2018, ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri Primus League B rizoba ritanguye ku ndwi yaryo ya mbere.

Izi nizo nkino zigiye kuba kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 Kigarama :

  • Ku kubuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h30 umugwi Burundi Sports Dynamic uzokwakira Les Elephants
  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda n’igice 15h30 umugwi Les jeunes Athletics uzokwakira Inter Star

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 28 Kigarama :

  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h30 umugwi Muzinga Fc uzokwakira Rumonge City
  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda n’igice 15h30 umugwi Volontires Fc uzokwakira Aigle Noir B

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Kigarama :

  • Mu Kirundo isaha icenda 15h00 umugwi Busoni Star uzokwakira Butare City
  • Mu Kayanza isaha icenda 15h00 umugwi Top Junior wo mu Kayanza uzokwakira Unités Fc w’i Muyinga
  • Mu Vyerwa vya Ngozi isaha icenda 15h00 umugwi Lumiere Fc Mwumba uzokwakira Delta Star.

Facebook Comments

Most Popular

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy'uwo muziki. Inyendamuvano ni Post...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...

Facebook Comments