Home homepage Breaking News : Urutonde rw'abakinyi 19 b'intamba bagiye gutana mu mitwe na...

Breaking News : Urutonde rw’abakinyi 19 b’intamba bagiye gutana mu mitwe na RCA hamwe na Maroc

 

 

Umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahanona urutonde rw’abakinyi 19 b’intamba mu rugamba bagiye gutana mu mitwe mu rukino rwo gutangura n’umugwi wa République Centre Africaine igenekerezo rya 13/11/2019 i Bangui hamwe na Maroc igenekerezo rya 19/11/2019 i Bujumbura mu nkino zo gukurakuranamwo zo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN2021.

Aba nibo bakinyi 19 bahamagawe :

1) Justin Ndikumana (Bandari Fc Kenya)

2)Nahimana Jonatan (KMC Tanzania)

Abakina inyuma :

3) Nsabihumva Frederic (Chipa United Africa y’epfo)

4) Moussa Omar (Police Fc Rwanda)

5) Ngando Omar (All Bachael Oman)

6) Diamant Ramadhan (KSC lokeren Belgique)

7) Bacanamwo Joël (Excelsior Virton Belgique)

Abakinyi bo hagati :

8) Nsabumukama Enock (Zesco United Zambia)

9) Gaël Duhayindavyi (Mukura Vs Rwanda)

10) Nduwarugira Christophe (Varzim Sc Portugal)

11) Parfait Bizoza (Raussof Il Norvège)

12) Nahimana Shassir (Al Entesar Club Arabie Saudite)

13) Liongola Jordi (Royal Antwerp Belgique)

Abasatirizi:

14) Mohammed Amissi (Heracles Hollande)

15) Kanakimana Bienvenue (Atlanta United USA)

16) Amissi Cédric (At Taawoun Arabie Saudite)

17) Fiston Abdoulrazzaq (ENPPI Club Egypt)

18) Bimenyimana Bon Fils Caleb (Atlanta Klaipeda Lituanie)

19) Elvis Kamsoba (Melbourne Victory Australie)

Mukamenya y’uko abakinyi bose bazohurira i Nairobi igenekerezo rya 08/11 2019 bahakorere imyimenyerezo gushika kw’igenekerezo rya 11/11/2019.

Facebook Comments

Most Popular

George Gatogato na Paficque mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2021

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, igisata kijejwe gutora abahagarikizi bazohagarikira inkino mpuzamakungu muri CAF cashize ahabona abahagarikizi mpuzamakungu bazohagarikira inkino...

Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league...

Ubwoko bw’ubuja bwibonekeza mu gihe ca none

Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no...

Urwevu: Ukuborerwa vyoba bijanye n’agaciro ”ubuntu” ( la dignité) ?

Iyo umuntu yanyoye utuyoga rero akarenza kugera aho abantu bavuga ko yaborewe, haba hari ibintu vyinjsi vyabaye mu bwonko. Biba bisa n'ivyabaye nk'uruzi rwasebuye,...

Facebook Comments