Home Burundi Ng’iki ikintu gikomeye BantuBwoy yose  igiye gukorera abarundi

Ng’iki ikintu gikomeye BantuBwoy yose  igiye gukorera abarundi

Big Fizzo na Bantu Bwoy yose ibazaniye igiteramo citiriwe BantuBwoy Concert ku ncuro yabo yambere igiye kubateramisha biciye mu giteramo babateguriye.

Inyuma y’ukuva mu karuhuko yamazemwo igihe kitari gito mu gihugu c’Ubutariyano n’ukutaboneka mu giteramo co mu gihugu kibanyi c’Urwanda bivuye kumvo y’uko uwo muryango wabuze umwe mu bavyeyi w’abagize uwo muryago wa Bantu Bwoy. Mwomenya ko ico giteramo  kimenyekanye  inyuma y’ukuvuga ko umwaka utazohera abakuzi b’umuziki batabonye ibindi bikorwa bishansha harimwo n’ugusohora indirimbo nshasha kuri batatu bagize umuryango wa Bantu Bwoys aribo Big Fizzo, Double Jay na Elly’s Boys ubu hakaba hongeweko igiteramwo kizobahuza bose uko ari bane hagati yabo kw’igenekerezo rya 14 Kigarama 2019. Ariko bikaba bitaramenyekana ko hoba harimwo n’abandi baririmvyi bazobaherekeza mw’ico giteramo.

Mwomenya ko amafaranga yokwinjira murico giteramo ataramenyekana ariko ikibanza co kikaba kimaze kumenyekana akazoba ari kuri Avenue de l’OUA – Tokyo Business Center(AMSAR).

Facebook Comments

Most Popular

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...

#diaspora| News|Umuco wa Japhet Legentil ku makenga ya bamwe n’abandi

Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona...

Facebook Comments