Home homepage CECAFA Challenge Cup : Urutonde rw'abakinyi 19 b'intamba mu rugamba berekeje mu...

CECAFA Challenge Cup : Urutonde rw’abakinyi 19 b’intamba mu rugamba berekeje mu Buganda

Umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba uza gufata indege werekeza mu Buganda mu nkino za Cecafa Challenge cup y’imigwi nserukira gihugu z’abakuze (senior) kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 04 Kigarama 2019 isaha icumi n’imwe z’umuhingamo (17h00).

Uri nirwo rutonde rw’abakinyi 19 bahava bafata indege :

1) Mutombo Fabien
2) Rukundo Onesime
3)Muryango Moussa
4) Issa ( Musongati)
5) Amini
6)Ndaye Chancel
7) Issa Huber
8)Ndizeye Eric
9)Harerimana rashid Leon
10)Iddy Said Ballack
11)Abedi
12) Urasenga dany cedrick Kagabo
13)Dusabe Olivier
14)Ndarusanze Jean Claude Lamba lamba
15)Byamungu Raoul
16) Aimé Gakiza
17) Ndikumana Landry
18)Eliphaz
19)Iddy Museremu

Intamba zikaba zifise urukino rwa mbere n’Ubuganda ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Kigarama 2019.

Facebook Comments

Most Popular

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Facebook Comments