Home abakinyi bakina hanze Emery na Desire mu rutonde rw 'abahagarikizi 16 mpuzamamukungu

Emery na Desire mu rutonde rw ‘abahagarikizi 16 mpuzamamukungu

Abahagaritsi babasore babiri aribo Niyongabo Emery hamwe na Désire bavutse mu mwaka wa 1986 nibo bongewe mu rutonde rw’ abahagarikizi 14Mpuzamakungu ba FIFA na CAF bari bahasanzwe baca bakwiza igitigiri ca bahagarikizi 16 Mpuzamakungu ba Barundi .

Abo bahagarikizi akaba ari aba bakurikira: Abo hagati mu kibuga : 1) Gatogato George (1988) 2)Manirakiza Eric ( 1987) 3) Ndabihawenimana Pacifique ( 1985) 4) Nkurunziza Thierry ( 1984) Abo Ku ruhande: 5) Baguma Gustave ( 1985) 6) Habimana Willy ( 1985) 7) Kakunze Herve ( 1984) 8) Ndimunzigo Pascal ( 1984) 9) Niyongabo Emery 10)Niyungeko Shabani (1985) 11) Nkurunziza Desire ( 1986) Mu bakenyezi nabo akaba ari aba bakurikira: # Abo hagati: 12) Irantunga Suavis ( 1987) 13)Nduwayo Darlene ( 1990) Abo Ku ruhande : 14)Bangurambona Fides ( 1987) 15) Iradukunda Alida 16) Uwizera Arcella ( 1992)

Facebook Comments

Most Popular

Ba Musitanteri baronkejwe ingendeshwa nshasha

Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta...

#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b’abarundi bagiye kuharonkera akunguko

Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w'Igihu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe  John Pombe Magufuli mu  gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye  gushirwa mu ngiro.   Kuri...

Umukuru w’igihugu abahamagarira kubera akarorero abandi

Umukuru w'igihugu c'Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye. Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu...

# Indundi Sports | hoba habuze bande mu rutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira Mauritania?

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo...

Facebook Comments