Home homepage Cecafa Challenge Cup : Urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga

Cecafa Challenge Cup : Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Mu minota mike cane intamba mu rugamba ziza kuba ziriko zirakina urukino rwa gatatu rwa Cecafa Challenge Cup n’umugwi wa Djibouti ukinamwo umunyegori w’umurundi Mbonihankuye Innocent batazira Madede.

Umumenyereza w’intamba mu rugamba yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1) Mutombo Fabien
2) Ndizeye Eric
3)Hakizimana Issa
4)Amini Abdul
5) Harerimana Rashid lein
6) Bigirimana Abedi
7)Uransenge Cedric Danny Kagabo
8) Dusabe Olivier
9)Byamungu Raoul
10) Aimé Gakiza
11)Ndikumana Landry

Facebook Comments

Most Popular

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Facebook Comments