Home homepage Urutonde rw'abakinyi ba Rukinzo ba Judo bafashe urugendo

Urutonde rw’abakinyi ba Rukinzo ba Judo bafashe urugendo

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 niho umugwi wa Rukinzo Judo wafashe urugendo rubashikana i Dar as Salaam mw’ihiganwa rya Judo rya Africa yo mu buseruko bakaba bagiye barongowe na OPC1 Kabura Cassien ansanzwe ajejwe inkino mu giporisi c’Uburundi.

Hakaba hagiye urutonde rw’abakinyi 18 aho twovuga abahungu ni 9 n’abakobwa 9.

Uru nirwo rutonde rw’abahungu bafashe urugendo :

1) Irakoze Lin
2) Niyomwungere Boris
3) Nduwimana Clovis
4)Manirakiza Cheraddy
5)Irankunda Ezeckiel
6) Wakabonye Abdoul Karim
7) Niyonzima Albert
8)Cikwanine Daniel
9)Nikiza Cédric

Ku ruhande rw’abakobwa nabo ni 9:

1) Kanyamuneza Signoline
2) Kezakimana Nada
3)Duwimana Dinatien
4) Havugiyaremye Adidja Mimile
5) Irakiza Ines
6) Irakunda Annonciate
7)Uwimana Chadia
8)Akimana Belyse
9)Ntahomvukiye Belise

Abaherekeje umugwi akaba ari aba bakukira :

1) OPC1 Kabura : Chef de délegation
2) OPC1 Kazatsa Charles : Président de l’equipe
3) OPC1 Nkobwa Constance : Communication
4) Ngendakumana Rubin : Entraineur de l’equipe
5) BPP1 Nduwayo Leonidas : Responsible Medical
6) Karabagega Paterne : Coach Adjoint
7) Ndikuriyo Gérard : Arbitre

Mukamenya y’uko iryo higanwa rya judo rya Africa yo mu kubuseruko rizotangura kuva kw’igenekerezo rya 11 gushika kurya 15 Kigarama 2019.

Facebook Comments

Most Popular

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Facebook Comments