Home abakinyi bakina hanze Brandon Chebby abarizwa i Bujumbura akaba yakiriwe n'abarongozi ba Aigle Noir

Brandon Chebby abarizwa i Bujumbura akaba yakiriwe n’abarongozi ba Aigle Noir

Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 niho wa mukinyi Aigle yaguze imukuye mu bwongereza ariwe Brandon Chebby yashika  i Bujumbura yakiriwe n’abayoboye umugwi Aigle Noire hamwe na inasenge wiwe.

Brandon akaba yahora akina mu Bwongereza mu mugwi wa Stohham AFC akaba avuka ku muvyeyi umwe w’umurundi ariwe se wiwe akaba yitwa Chebby Warren Ndayishimiye mugihe nyina wiwe nawe ari umwongerezakazi yitwa Chrly Cooper.

Mukamenya y’uko inyuma y’ukwakirwa n’uburongozi bwa Aigle Noir nka Bigirimana Radjabu bwaciye bumujana kw’ihoteri kuruhuka. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 12 Kigarama 2019 yaciye ajanwa mu ntara ya Makamba.

Facebook Comments

Most Popular

Abakinyi ba Musongati Fc bafashe urugendo berekeza muri Zambia

Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020, niho umugwi Musongati Fc w’i Gitega wafata indege werekeza mu gihugu ca...

Ivyokorwa kugira ngo imyuzure igabanuke mu gisagara ca Bujumbura

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari...

#YBSP| Sorora ikaye abana bave mw’ibarabara baje kwiga

Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza.   Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka...

Diamond Platnumz yakubise hasi abaririmvyi bakomeye muri Afrika

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Indirimbo Waah ya Diamond Platnumz na Koffi Olomide ibandanya gukora ibikora inka ku rubuga rwa Youtube, aho ubu igeze ku miliyoni 6 z’abamaze kuyiraba....

Facebook Comments