admin

302 POSTS0 COMMENTS

#diaspora|ABC TEXAS ikangurira abarundi baba Texas kuja hamwe

Inyuma yo kuva mw'ishiahamwe BDUSA yarasanzwe aserukira mu ntara ya Texas, Innocent Ndayishimiye yaciye ashinga urunani ABC Texas mu ntumbero yuko abarundi boguma bari...

#Diaspora|Tax Sevice| Munyundo Pascal agira ati ntimujuragirike

Ku barundi ndetse n'abanyarwanda baba ku mugabane wa America ubufasha ku bijanye na Tax, ubwishingizi(assurance) ndetse n'amategeko babironkera ubuntu. Muntumbro zo gufasha abajuragirika, abananizwa n'ururimi...

#Burundi|Woba uzi icokura abarundi mu bukene?

Nta nkeka amafaranga y'agaciro arashobora kuza mu gihugu biciye mu burimyi n'ubworozi, ntibisaba ukwizera bisaba gutega ugutwi, ishaka , n'umwete, kandi ntibisaba n'uburyo bw'ikirenga. Mw'ishirahamwe...

Ingona zitagarukiwe ngo zikingirwe zishobora guhona

Ikiyaga Tanganyika ndetse n'inzuzi zo mu kiyaya ca Rusizi n'ibibanza vyiza ku ngenzi zizanwa no kuratira ijisho ivyiza Imana yahunze u Burundi. Amazi ya Tanganyika...

# Indundi Sports | UBurundi bwagumye mu kibanza bwarimwo ku rutonde rwa FIFA

Umugwi nserukira gihugu w'uBurundi intamba mu rugamba ntakibanza nakimwe waduze ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri ukwezi . Mugihe mu kwezi guheze kwa Ndamukiza...

Turyama twambaye tukavyuka twagavye nico c’ivugo c’Intahesha

"Akagumye bagumako" ngo nubwo uburyo bwogukora bubagora iyo bari mu mahanga, ntibarota bata akaranga, kuko "uwutaye akaranga aba ataye akabanga", ayo niyo majambo umurwi...

Breaking News:Prezida  Pierre Nkurunziza yaryamiye ukuboko kw’abagabo

Umukuru w'igihugu c'uBurundi yitavye Imana mu bitaro vyo mu Ntara ya Karusi nkuko Reta y’Uburundi ibishikiriza. Reta y'Uburundi imenyesha ko iri n'umubabaro udasanzwe w'ukumenyesha urupfu...

Lydia Nsekera arabeshuza ibimuvurwako

Izina ry'umupfasoni Lydia Nsekera umurundikazi asanzwe arongoye CNO ryaravuzwe mu binyamakuru vyo muri Africa ko ariwe ahabwa amahirwe yo kurongora ishirahamwe rihuza amashirahamwe y'umupira...

Volleyball : Imirwi Amical na GLC niyo yatahukanye igikombe

Kuva mu kwezi kwa mbere, ishirahamwe rya volleyball mu Burundi ryaratunganije ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu. Imirwi cumi n'umwe harimwo itanu yo mu gihugu hagati...

#Diaspora| Kunyinyurana no gutanako amakosa birabandanya muri BDUSA

Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru w'ishirahamwe Samuel...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
302 POSTS0 COMMENTS
66 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
214 POSTS0 COMMENTS
37 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
123 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
34 POSTS0 COMMENTS
45 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
202 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...

# Indundi Sports | Umumenyereza wa Aigle Noir yahawe akazi gakomeye mu mwaka uza

  Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza...

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...