admin

1799 POSTS0 COMMENTS

Ngo ugutsindwa kwa Kayanza United na Buhumuza vyavuye ku buruhe

Kuri musi wa kane  uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020 isaha icenda 15h00 mu ntara ya Ruyigi niho umugwi wa Kayanza United wari wakiriye...

Coronavirus : Igitigiri c’abaraye banduye umusi umwe nticari bwigere kiboneka

Abantu baraye bamenyekanye ko banduye coronavirus muri Koreya yo mu bumanuko kuri uyu wa gatanu waraye uheze babaye benshi kuva iyo ngwara imenyekanye muri...

Ndaye Chancel ngo aba Président b’imigwi y’umupira y’i Burundi ni ababeshi

Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel yakoranye na Indundi TV yavuze ibintu vya mubabaje igihe yakina mu Burundi. Akaba yahereyeko  ku batwara...

Big Fizzo ntaja mu kabare canke mu butambiro kubera kunywa gusa

Big Fizzo ngo aja mu nzu z’ubutambiro kuko aba ashaka kuja kwumviriza aho umuziki ugeze, imidiho abantu baba bagize igihe bakunda. Ariko ngo abandi...

Hamenyekanye ivy’indirimbo yasabwe hagati ya Mb Data na Sat-b

Mu kiyago na Indundi Tv, Mb Data yavuze ku ndirimbo igize igihe isabwa n’abakunzi b’umuziki wiwe aho bahora basaba ko yokorana indirimbo n’umuririmvyi Sat-b. Muri...

Elvis Iradukunda yagizwe umuyobozi wa BETV

Iryavuzwe riratashe inyuma y'imisi itari mike binurwanurwa y'uko Umumenyeshamakuru w'insamirizi Buja FM yakora ikiganiro c'inkino akongera akaba n'uwutegura ibiganiro muri iyo Nsamirizi Elvis Iradukunda...

Bacanamwo Joël agiye gukinira Miroslava muri Roumanie

Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, niho umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Joël Bacanamwo yashira umukono...

Ng’ubu ubutumwa Sat-B yanditse ku mbuga, ubutumwa buremereye cane.

Mukubandanya haba ibi na biriya bitandukanye ariko hakaba ugutanako umwikomo bamwe bati umuziki wacu kuba udashika kurugero rushimishije biterwa n'aba canke bariya, ivyo navyo...

Morisho Ommy : «Filamu yangu ya Yatima najuwa itagusa wengi sana»

Muigizaji wa Filamu nchini Burundi kwa Jina la Morisho Gulain Maarufu kama Ommy ni kijana mwenye umri mdogo ila anafanya kazi zakurizisha watu ,hapo...

Dj Kicas we yavuze ibanga tutigeze tumenya kuri Dj Mario

Inyuma y’igihe kinini havuzwe ko DJ Mario ariwe nyene gutanguza iciswe INDUNDI MIXTEP ariko munyuma hakaba bamwe babeshuza iyo nkuru aho batigeze bemeza ko...

TOP AUTHORS

1799 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
62 POSTS0 COMMENTS
408 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
95 POSTS0 COMMENTS
293 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
80 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
334 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Agriculture: Ntacobuza ko ikigoti kimwe kivamwo ibiro birenga 20

Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye...

Abakinyi ba Musongati Fc bafashe urugendo berekeza muri Zambia

Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020, niho umugwi Musongati Fc w’i Gitega wafata indege werekeza mu gihugu ca...

Ivyokorwa kugira ngo imyuzure igabanuke mu gisagara ca Bujumbura

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari...

#YBSP| Sorora ikaye abana bave mw’ibarabara baje kwiga

Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza.   Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka...