alain1

73 POSTS0 COMMENTS

Uruhara Yves Melodie wa Best Life Music yagize muri MELANA ya Berry Music

  Berry Music umwe mubasore bariko barakora neza ndetse ariko yitwara neza kundirimbo yiwe abenshi bazi nka MELANA arasigura neza uko yateye intambwe yambere aza...

Kent-P ngo ntiyigeze aba Manager wa Sat-B uretse kuvyiyitirira

Ismail aremeza neza ko Sat-B na Kent-P ubu batakirikumwe kuko gukorana ibikorwa bisaba amasezerano ayo nayo akaba atayahari.   Abicishije mu kiganiro Indundi Hits Show ,...

#Alvin Smith yoba asigaye akina ama reresi yo gutwenza ?

Nduwimana Alvin benshi bazi nka Alvin Smith, yamenyekanye cane ku ndirimbo " This is Burundi" , ari nayo yatumye benshi bamukunda bakanamumenya cane, aratuyagira...

Impari ku vyavuzwe ko Kirikou ariwe asigaye yicara ku ntebe yahorako Sat-B

Hamaze igihe kitari gito havugwa vugwa, ndetse n'abakunzi b'umuziki ndundi batarya umunwa ko Sat -B asa n'uwasubiye inyuma mu muziki. Bizimana aboubakar Karum...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...

Ubuzima bukomeye La Diva yabayemwo ku bw’Imideri

Umwigeme agiye kubashikiriza ibiganiro bigiye bitandukanye na cane cane ikiganiro "IMIDERI TIMES" kuri Indundi Tv, LA Diva  aratuyagira bimwe mubibazo yahuye navyo...

Imideri nkahamwe yokwitabwaho, irafise akamaro kanini mw’iterambere ry’Igihugu.

Mu kiganiro Imideri Times kigiye kuza kiraca kuri Indundi Tv, hagiye kuza haritabwaho cane Imideri ndetse n'abanyamideri. Mu kiganiro twakoranye na Aisha KWIZERA abenshi bazi...

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

M Nif Jimbo: Bantu Bwoy ni Umuryango nkunda kandi nipfuza kubana nawo.

Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira...

M Nif Jimbo aravunira akagohe Fizzo, Sat-B na Fabelove, B-Face

Mumisi mike amaze ariko arakora, ni umwana akiri muto kandi akongera akaba n'impfumvyi ariwe M Nif Jimbo abandanya yerekana ubushobozi bwiwe mu...

TOP AUTHORS

1797 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
54 POSTS0 COMMENTS
349 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
77 POSTS0 COMMENTS
213 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
72 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
295 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza...

Aragabisha abogerageza kuburabuza ibikorwa vy’umurwi CVR

Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque...

Mutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari...