arsene

54 POSTS0 COMMENTS

Abamenyereza ba tennis bariko barahugurwa

Kuva kw'igenekerezo rya 1 gushika kurya 4 Gitugutu hano i Bujumbura ku kibuga ca Entente Sportive haratunganijwe  ivyirwa vya tennis . ivyo vyirwa bigatangwa n'umuhinga...

Rallye Ngozi igiye gusubira guhuza abantu

Inyuma y'igihe kitari gito abakunzi ba rally batayikurikirana kubera covid , abajejwe amahiganwa y'urwo rukino bahejeje kumenyesha ko izokinwa hagati y'igenekerezo rya 5 na...

#Volleyball:|Rukinzo| Ingabo z’ igihugu cacu zatumiwe i Dar es Salaam .

Kuva kw'igenekerezo rya 7 gushika kw'igenekerezo rya 16 Gitugutu(1000), umurwi wa Rukinzo uzoserukira igihugu cacu mu mahiganwa ya Nyerere cup azobera muri Tanzania i...

#Soccer beach |Ihiganwa rikuru ryatangujwe

Imirwi 11 yo mu cicaro ca mbere na 10 yo mu cicaro ca kabiri niyo izohiganwa mw'ihiganwa ry'umupira wo ku musenyi nkuko vyameshejwe na...

#indundi sports|Handball: Brothers yanyagiye Intwari

Brothers ni umwe mu mirwi itaramara imyaka ine mw'ihiganwa rya hano i Bujumbura ,uwo murwi ukaba watangujwe na Aimé Vyibuka, umaze kwirihira SOS mbere...

Volleyball: Championat National: ASB na Muzinga zaraye zitahukanye ibikombe.

Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi...

Basketball: Heroes Cup2020: Inkino zo mu gisagara ca Bujumbura no mu gihugu hagati.

Ku magenekerezo ya 26-27 Nyakanga harakinwe inkino z'igikombe citiriwe Incungu, iryo higanwa rikaba ritunganywa n'ishiramwe Pax Foundation rifadikanije na Aigle Noir Sport Club muntumbero...

#indundi Sports| Brothers yaraye itangaje SOS

Ihiganwa rya Handball ryarabandanije mu mpera z'ino ndwi ku bibuga vya SOS na CECINGA imirwi ikaba yarerekanye ubuhinga budasanzwe muri urwo rukino twovuga ko...

Volleyball| Imirwi ine yambere yamenyekanye

Inkino zo gukurakuranamwo mw'ihiganwa rya volleyball ku rwego rw'igihugu ryarabandanije mu mpera z'ino ndwi ku bibuga vya Gitega na Bujumbura mairie. Imirwi yaronse uburenganzira bwo...

#indundi Sports|Kern yagumye mu kibanza ca mbere

Ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ryarabandanije ku munsi waryo wa kane aho imirwi itandukanye yerekanye ubuhinga budasanzwe . Kern ikinamwo Ninziza Alvin yagumye...

TOP AUTHORS

1797 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
54 POSTS0 COMMENTS
349 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
77 POSTS0 COMMENTS
213 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
72 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
295 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

# Indundi Sports | Saido Berahino yahumye mu Bubirigi

Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza...

Aragabisha abogerageza kuburabuza ibikorwa vy’umurwi CVR

Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque...

Mutaho: Imigambi 2 iherutse gushirwaho igiye gutuma ubworozi butera imbere

Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari...