bosingwa

167 POSTS0 COMMENTS

Sahabo Pariss yavuze icatumye Saido Ntibazonkiza adakina muri Derby

Inyuma y'aho inter Star itsindiye Vital'o Fc ibitsindo 2-1 mur Derby yaraye ibahuje, umumenyereza wa Vital'o Fc Sahabo Pariss yavuze ico abona babuze kugira...

Muryango Moussa ashobora kwirukanwa muri Vital’o Fc

Ku makuru Indundi Sports ihejeje kuronka ni uko umukinyi w'inyuma w'umugwi wa Vital'o Fc Muryango Moussa ashobora gufatirwa ibihano n'uyo mugwi canke akirukanwa burundu. Imvo...

Saido na Selemani bahaye ya mfashanyo abanya Gatumba

  Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha zitanu zo mu gitondo 11h00 niho abahoze ari aba kizigenza b'umugwi w'intamba mu rugamba...

Messager Ngozi mu nzira yo gutwara igikombe

Intsinzi ya Messager Ngozi y'ibitsindo 2 kuri 1 ca BS Dynamik yatumye Messager Ngozi yiyongera amahirwe yo gutahukana igikombe ca Primus league co muri...

Amissi Bagumako yashikirijwe agashimwe kiwe

Umumenyereza w'umugwi wa Rukinzo Fc , Amissi Bagumako yaraye ashikirijwe agashimwe k'umumenyereza yavyitwayemwo neza mu kwezi kwa gatatu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya...

League B: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije...

# Indundi Sports | PLB: Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 28

Kuva kuri uyu a gatandatu w' igenekerezo rya 29 Rusama 2020, ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi ya 28 yaryo . Uku Niko imigwi yaraye...

FFB : Ingingo twafashe iracari irya nyene

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Rusama 2020, niho twabona ikete rya bamwe mu barongoye imigwi yakirira inkino ku kibuga c'intwari bari bagiye...

Derby ya Inter Star na Vital’o iza nkiyamaze guta akanovera

Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gufata ingingo yo kwemerera abakunzi b'imigwi iyariyo yose ikinira ku kibuga c'intwari kuzohora ijana  abarorerezi 50...

PLB: Uku niko imigwi izohura Ku ndwi ya 28

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020 , ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 28, imigwi izohura uku gukurikira : Kuri uyu...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
278 POSTS0 COMMENTS
48 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
167 POSTS0 COMMENTS
23 POSTS0 COMMENTS
38 POSTS0 COMMENTS
83 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
29 POSTS0 COMMENTS
39 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
164 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...