bosingwa

216 POSTS0 COMMENTS

# Indundi Sports| Aba nibo bakinyi 10 bazi gutera penariti gusumba abandi kw’isi

Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020,  Indundi Sports ibazaniye abakinyi 10 bazwi kw'isi mu gutera Penariti gusumba abandi . Ibihangange kw'isi mu...

Basketball| Holy center yirahiye Ishaka

  Mu ntumbero yo guhimbaza yubire y'imyaka indwi ishirahamwe ry'imvukira za Jabe ritanguye gutunganya inkino za Basketball hano mu gihugu iwacu, haratunganijwe ihiganwa rihuza imirwi...

# Indundi Sports | Youssuf Nyange yanjije igitsindo ciwe ca mbere muri Turky

Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, ihiganwa ryo mu gihugu ca Turky ryari riteye ku ndwi yaryo ya 29 . Umugwi fenerbahce...

# Indundi Sports| Abakinyi ba 5 Lionnel Messi Yemera gusumba abandi

Hano kw'isi umuntu wese afise abantu akunda kurusha abandi, canke ikintu akunda gusumba ikindi , na Lionel Messy niko  kwuko. Kizigenza w'umugwi Fc Barcelona Lionel...

Onesime umunyegori w’umwaka muri Primus league

Umunyegori wa  Messager Ngozi iherutse gutahukana igikombe ca Primus league Burundi umwaka wa 2019 ushira 2020 Rukundo Onesime niwe amaze kumenyekana ko yabaye umunyegori...

Ibi nivyo bibuga 10 vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi

Kuri uno wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020 , Indundi Sports tubazaniye urutonde rw'ibibuga vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi gusumba ibindi...

Wayne Rooney yagereranije umukinyi wa Liverpool na Ronaldo

Umukinyi w'umusatirizi wa kera w'umugwi Manchester United Wayne Rooney yashoboye kuvuga y'uko ivyo Mohammed Salah ariko arakora mu Mugwi Liverpool nivyo Cristiano Ronaldo yigeze...

Aba nibo bahabwa amahirwe yo gutahukana agashimwe k’umukinyi akiri muto

Nkuko mubizi ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryo muri uyu mwaka wa 2019 ushira uwa 2020 ryaraye rirangiye . Umugwi Messager Fc w'ingozi niwo...

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 30

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league ryaraye rigeze kumusozo. Uku niko imigwi yaraye itsindanye : - Les lierres yaraye inyagiwe na Aigle...

Lionnel Messi yavuze umukinyi umwe gusa amaze gusaba ko bakaba umwambaro

Mu kiganiro Lionnel Messi yakoze na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo muri Espagne  yavuze ko mu buzima bwiwe amaze gusaba umukinyi umwe gusa ngo bakabe...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
302 POSTS0 COMMENTS
66 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
216 POSTS0 COMMENTS
37 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
123 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
34 POSTS0 COMMENTS
45 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
202 POSTS0 COMMENTS

Most Read

#Diaspora|Ramadhan kuva mu Burundi akaja muri Manchester United nivyo vyamushikanye muri Espagne

  Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akinira  Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza...

# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yahoze akinira Aigle Noir The Fighters

Umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c'u  Rwanda waguze Myugariro avuka kuri Se w'umunya Rwanda nyina akaba  umurundi. Nahimana Ismail w'imyaka 21 yashize umukono Ku...

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...