bosingwa

271 POSTS0 COMMENTS

CAF Champions league : Umugwi Simba Sc usangiye itsinda rimwe na Al Ahly hamwe na Vita Club

Umugwi Simba Sc wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania usangiye itsinda rimwe n'imigwi Al Ahly yo muri...

Primus League B : Uko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

Ku magenekerezo ya 27, 28 , hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka, ihiganwa ryo mu cicaco ca...

Primus League : Uko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 21

Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w'Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka...

Tambwe Amiss yiyemeje gukorera Yang Africans ibintu bikomeye

Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. ...

Hakizimana Alexis Kitenge yerekeje mu bushinwa

Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club .

kabera Christian Morinho yashinzwe amabanga muri les Jeunes Athletic

Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri.

Primus League B : Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya mbere

Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize...

Ndayisenga Kevin Dambo yerekeje muri Rayon Sports

Umukinyi w'umusatirizi w'Umurundi Ndayisenge Kevin Dambo yerekeje muri Rayon sports . Ivyo bikaba vyanditswe...

Basketball : Dynamo na les gazelles baraye batwaye igikombe c’Umukuru w’igihugu

Dynamo na les Gazelles baraye batwaye igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu . Hari kuri uyu...

Primus League : Uko inkino z’indwi ya 19 zagenze

Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
25 POSTS0 COMMENTS
271 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
57 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
242 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...