bosingwa

216 POSTS0 COMMENTS

Iddy Museremu umwami w’ibitsindo mw’ihiganwa ryo muri uno mwaka

Mugihe ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league 2019-2020, ryaraye rirangiye haraye hamenyekanye umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi gusumba abandi uwo nawe ni Iddy...

Jimmy yanezerejwe n’igikombe aca atubwira abamufashije kugitwara

Kuva agitangura akazi ko kumenyereza ni ubwa mbere Jimmy Ndayizeye atwaye igikombe ca Primus league Burundi. Akiri muri Academic Tchité yaratahukanye igikombe bita confédération...

Zinedine Zidane yavuze umukinyi w’inyuma yemera gusumba abandi kw’isi

Umumenyereza w'umugwi Real Madrid Zinedine zidane yavuze umukinyi w'inyuma yemera cane gusumba abandi kw'isi. Zidane yavuze ko yemera Sergio Ramos gusumba abandi bakinyi  kw'isi, akaba...

Intamba-fans bagiye kwunamira nyakwigendera Perezida Petero Nkurunziza

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi 2020, niho abafana b'intamba mu rugamba bari bishikiye kuri Maire nkuru ya Bujumbura gutera umukono mu...

Sahabo Pariss yavuze imvo yatuma Vital’o Fc ititwara neza mu nkino ziheruka

Inyuma yo kunyagira Rukinzo Fc ibitsindo 4-2 mu Rukinzo rwaraye rusozereye ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka , umumenyereza wa Vital'o Fc...

Ikibuga kizokwakira finale y’igikombe c’umukuru w’igihugu camenyekanye

Hiriwe icanacanako ku mbuga ngurukabumenyi zitandukanye rivuga ko urukino rwanyuma rw'igikombe c'umukuru w'igihugu rushobora kuzobera mu ntara ya Gitega ku kibuga citiriwe ingoma ku...

Aba nibo bakinyi 5 b’abanyamahanga binjije ibitsindo vyinshi muri Espagne

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 22 Ruheshi 2020, niho ikimenyeshamakuru AfriMag cashize ahabona abakinyi 5 bakina hanze y'igihugu ca Espagne bamaze...

Uku imigwi yatsindanye kundwi ya 12

Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi ya 12 . Uko Niko imigwi yatsindanye muri *Ligue B Burundi*: _Garage Express yatsinze...

# Indundi Sports | José Morinho yavuze umukinyi yemera gusumba abandi

Umumenyereza Josè Morinho amenyereza umugwi Tottenham Hospurs wo mu bwongereza yashize ahabona umukinyi yemera gusumba abandi mu bakinyi yigeze kumenyereza . Mu kiganiro yakoranye na...

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport

Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 20 Ruheshi 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Turkie ryara ryabandanije kundwi ya 28 , umugwi...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
302 POSTS0 COMMENTS
66 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
216 POSTS0 COMMENTS
37 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
123 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
34 POSTS0 COMMENTS
45 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
202 POSTS0 COMMENTS

Most Read

#Diaspora|Ramadhan kuva mu Burundi akaja muri Manchester United nivyo vyamushikanye muri Espagne

  Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akinira  Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza...

# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yahoze akinira Aigle Noir The Fighters

Umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c'u  Rwanda waguze Myugariro avuka kuri Se w'umunya Rwanda nyina akaba  umurundi. Nahimana Ismail w'imyaka 21 yashize umukono Ku...

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...