bosingwa

397 POSTS0 COMMENTS

Shaka Bienvenue ntazokwitabira inkino za CAN U 20 kubera imvune .

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue ntakije kandi kwifadikanya n'Intamba kubw'imvune. Mu...

Party 2: Ntamuntu yemerewe kwinjira ata Ticket ngo yitwaje ubutegetsi

Ntakwitwaza ubutegetsi canke ubukuru mu rukino ruzohuza Intamba na Gabon, kuko nawe azoriha kandi arihire nabasanzwe bamucungereye.

#Party 1: Intamba U 20 zizohabwa 500.000Fbu yo gusigira umuryango

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 ugiye guhabwa amafaranga Ibihumbi amajana atanu 500.000fb buri mukinyi. Ayo mafaranga bakaba baraye...

Indundi Sports | Solskjaer yagize ico avuze kuri Lukaku

Umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer yagize ico avuze kuri Romelu Lukaku .

Super Cup Basketball: Dynamo BBC niwo waraye utahukakanye igikombe

Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani.

Ulimwengu Jules yamaze kugurwa na Rayon Sports

Umukinyi w'umusatirizi mu murwi Intamba mu Rugamba ndetse n'Umugwi Sun rise wo mu gihugu c'Urwanda yaguzwe na...

Indundi Sports | Frendly Game : Intamba U 20 ziraza gutana mu mitwe na Buja City

Inyuma yo gutsinda ibitsindo 2-0 Umugwi nserukira gihugu w'Ubuganda w'abatarenza imyaka 17 Intamba mu rugamba z'abatarenza...

Indundi Sports|uwu niwe Mugwi Jose Morinho yemera gusumba iyindi mu migwi yamenyereje

Umunya Portugal yamenyereje imigwi ikoma komeye Iburayi Jose Morinho yavuze ko umugwi ukomeye gusumba iyindi mu migwi...

Frendy game: Intamba U 20 zaraye zitsinze Uganda Cranes U 17

Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 zaraye zitsinze Uganda Cranes kubatarenza imyaka 17

Coupe du president : Uko imigwi izohura mu gice 1/8 gishira icanyuma

Imigwi izohura mu gice 1/8 gishira icanyuma c 'igikombe citiriwe Umukuru w'Igihugu yamaze...

TOP AUTHORS

1798 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
58 POSTS0 COMMENTS
397 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
92 POSTS0 COMMENTS
277 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
78 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
321 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...