bosingwa

351 POSTS0 COMMENTS

Primus League : Vital’o yanyagiye Flambeau du centre Messager Ngozi itsindwa na LLBS4A

Credit photo : Burundi Sports Mu nkino zibiri z'ibirarane za Primus League zaraye zibereye ku kibuga citiriwe...

Hussein Welo yaraye asubiye muri Olympic Star giturumbuka

Uwahora amenyereza umugwi Olympic Star mu mwaka uheze umumenyereza Hussein Welo yaraye asubiye muri uyo mugwi giturumbuka.

UEFA Champions League: Uko imigwi yaraye itsindanye

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa ry'iburayi UEFA champions...

Ndikumana Selemani yahawe amasezerano muri Aladalah

Kizigenza w'Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba Ndikumana Suleiman yahawe amasezerano yo gukunira Aladalah .

Arakaza mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu kitaramenyekana

Mac arthur ku kibuga c'indege ca Bujumbura  Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Arakaza Mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu...

Primus league : uki Niko inkino zose zindwi ya 17 zagenze

Kuva kw'igenekerezo rya 8 na 9 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 17 .

Justin Ndikumana mu bakinyi Sofapaka yaguze

    Inyuma yo gushira umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Sofa paka imyaka Ibiri (2) ,Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Justin Ndikumana yashizwe ahabona mu bakinyi...

Primus ligue : uku niko imigwi igiye guhura Ku ndwi ya 17

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw'Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus...

CAF champions league | Messager Ngozi yaraye isezerewe na Ismaily Sc yo mu Misiri.

  Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye...

Diaspora: Warren Ndayishimiye yahaye imfashanyo y’imipira umugwi wa Gitega Academy.

Umurundi aba mu gihugu Ubwongereza Warren Chebby Ndayishimiye kuri uno wa gatatu igenekerzo rya 5 Kigarama, yatanze akaganuke k'ibikoresho vya Sports mw'ishure ry'umupira w'amaguru,...

TOP AUTHORS

1797 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
54 POSTS0 COMMENTS
351 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
78 POSTS0 COMMENTS
219 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
72 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
295 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...