bosingwa

397 POSTS0 COMMENTS

Ndeze Ramadhan yatanze imihoho

Awahora amenyereza umugwi Les élephans w'i Bubanza Ndeze Ramadhan yatanze imihoho. Ayo makuru akaba yaraye amenyekanye kuri uyu wa gatatu waraye uheze...

Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 muri Tunisia

Umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 mw'ihiganwa ryo muri Tunisia .

Coupe du President : iyi niyo migwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira icanyuma

Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 10 gushika igenekerezo rya 13 Nzero umwaka wa 2019 ihiganwa...

Munezero Fiston yahagaritswe gukinira Police Fc

Uwahoze akinira umugwi Flambeau de l'Est, Munezero Fiston yamaze Kuba ahagarikwa gukinira Police Fc yo mu...

Coupe du Président : Uki Niko Imigwi yose yatsindanye mu gice ca 32 gishira icanyuma

Kuva Ku musi wa Kane igenekerezo rya 04 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira icanyuma z'igikombe c'Umukuru w...

Fiston Abdoulrazzaq niwe yaraye ahaye itsinzi Js Kabylie

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba abandanya yitwara neza mu mugwi Js Kabylie.z Ku musi wa gatanu waraye uheze igenekerezo...

Arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere

Inyuma yo kugurwa n'umugwi Lusaka Dynamos umunyegori w'umurundi arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere muuruwo murwi.

Ibitsindo bibiri vyompi vyatsinzwe na Alexis kitenge

Hakizimana Alexis Kitenge yitwaye neza mu rukino rwa kivandimwe aho umugwi Makao Fc waraye ukinye n'umugwi wo mu cicaro ca kabiri....

Azam Premier League Rwanda : Bon fils Caleb yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 6

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye asubiye kwitwara neza. Hari...

Uku Niko imigwi yatsindanye mu gikombe c’Umukuru w’igihugu

kuva kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 niho ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu ryatangura icese.

TOP AUTHORS

1798 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
58 POSTS0 COMMENTS
397 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
92 POSTS0 COMMENTS
277 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
78 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
321 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...