epimac

24 POSTS0 COMMENTS

Menya kw’ikinga rifise akamaro kanini

Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 3 Ruheshi isi yose yarahimbaje umusi mukuru wahariwe ikinga. Mu mwaka w'1817 niho ikinga ryatanguye gukoreshwa muvyo kwiyunguruzwa rikaba...

Mukiringo c’imisi ibiri gusa, “Inkoni” ya Natacha yarabwe n’abarenga 125.000 kuri Youtube

Indirimbo “Inkoni” ya Natacha yaraye ikwije abantu 125.000 barenga bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo c’imisi ibiri gusa. Indirimbo “Inkoni” ya Natacha...

Vg Wawa mu rugendo rw’ugukora indirimbo mu gihugu ca Brazil

Inyuma yakaririmbo Tora Neza yaheruka gushira kumugaragara ubu naho rwagiye gukubitira muri Brazil kuzana akandi karirimbo. Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg wawa ngo yoba agiye gusimbira...

Masterland ngo agiye kugaruka kwatsa umuriro inyuma y’igihe kitari gito ashize ahabona urukwirikirane rwiwe rwa mbere

Indirimbo GONGA ngo niyo igiye kuja ahabona mundwi iza indirimbo Masterland avuga kwazoba arikumwe n’abandi ariko atarashima kubamenyesha kumugaragaro inyuma yiyo yari yise IKIMETEMETE. Indirimbo...

Mukiringo kidashika n’ukwezi kumwe“Izina” ya Sat-B yarabwe n’abarenga 100.000 kuri Youtube

Indirimbo “Izina” ya Sat-b yaraye ikwije abantu 100.000 bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo kidashika n’ukwezi. Indirimbo y’umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe...

B-Face: Abategetsi n’abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu

B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w’iwacu kubice mirongo umunani kw’ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu...

Ng’iki ikintu gikomeye Big Fizzo agiye gukora kizotuma abakunzi b’umuziki batangara

Muri album zigiye gusohoka za Big Fizzo ngo hoba  harimwo ama collabo akomakomeye yo murikano kare turimwo. Big fizzo imyaka itarimiki ariko akora umuziki mu...

Ngo igiteramo ca Bantu Bwoy ku musi wi Laidi nticitabiriwe n’abantu benshi

Mu giteramo citiriwe Bantu Bwoy Concert Burundi Tour caraye kibereye mu Ntara ya Rumonge ngo nticitabiriwe bishemeye n’abakunzi b’umuziki ndundi naho Bantu Bwoy yoyo...

Indundi Film : Tambwe Kwenye Mkataba Mpya na Company ya Niho Tv

Muigizaji wa Filamu inchini Burundi ajulikanae kwa jina la HAKIZIMANA REMY Maarufu kama Tambwe Remy ,Nikijana mwenye Bidii sana kwenye Tasnia ya Filamu Burundi...

Charles Niyongabo vyukuri ni nde?yamaze iki?

Urukino rwa Volley ball ni rumwe mu nkino zikomeye kandi zikinwa cane kw'isi. Urwo rukino rwatangujwe na William Morgan i Massachusettes muri leta zunze...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
278 POSTS0 COMMENTS
48 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
167 POSTS0 COMMENTS
24 POSTS0 COMMENTS
38 POSTS0 COMMENTS
83 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
29 POSTS0 COMMENTS
39 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
164 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Menya kw’ikinga rifise akamaro kanini

Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 3 Ruheshi isi yose yarahimbaje umusi mukuru wahariwe ikinga. Mu mwaka w'1817 niho ikinga ryatanguye gukoreshwa muvyo kwiyunguruzwa rikaba...

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...