gibbon

41 POSTS0 COMMENTS

#indundi Tv|URAKOZE MANA by Jeanjos Parfait –

https://youtu.be/xvoEO3lgpAM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

Sat-B na Natacha vyoba bigiye kumera gute?| B-Face ngo bose nibikuri,naba Hypocrites

https://youtu.be/lZGTZ0aCbkY?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

Moss kiny aje mu mwaka mushasha n’indirimbo, co kimwe n’ishusho nshasha

Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe  asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata...

#Indundi Tv|Diaspora|KIJANYA , YOYA, Nziza Desire on stage

https://youtu.be/PfX4oQcnpPM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

Intamba zemerewe imiriyoni 3 kuri buri mukinyi nizaramuka zitsinze Gabon

Intamba mu rugamba zemerewe imiriyoni 3 kuri buri mukinyi nizaramuka zitsinze urukino ruzobahuza na Gabon mu ntumbero yo...

CAN U 20| Ikiranga misi c’inkino Intamba mu rugamba izokina

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya CAN U 20 izobera mu...

Muhammed Salah yasubiye gutorwa nk’umukinyi mwiza w’umunya Africa yaranze umwaka

Umunya Misiri Muhammed Salah akinira umugwi Liverpool yasubiye gutorwa incuro igira kabiri n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa CAF nk'umukinyi mwiza ...

Uwahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho

Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho.

Masterland ngo ayaguze imodoka niyo yakoze Clip

Masterland ngo indirimbo Nzobikora yayishizemwo amafaranga atari make,  naho atavyemeza ariko yavuze afobetse ko bishoboka ko yoba angana n’ayogura...

# Indundi Sports | Elvis Kamsoba yaguzwe muri Melbourne Victory

Umukinyi w'Umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba yaguzwe mu cicaro ca mbere mu mugwi Melbourne Victory .

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
309 POSTS0 COMMENTS
71 POSTS0 COMMENTS
17 POSTS0 COMMENTS
232 POSTS0 COMMENTS
36 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
126 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
40 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
213 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

  Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar...