janvier

130 POSTS0 COMMENTS

Avec le montage du bateau Emmanuel, la société VITRACO lance la vente des actions

Chez VITRACO, Emmanuel n'est pas un prénom d'une personne mais un bateau dont le projet de montage commence cette année pour durer 8 mois...

Imitumba yose igize igihugu igiye guhimirizwa n’abaheruka guhabwa inyigisho

https://youtu.be/JNSL5mmQWi0 Mu ntumbero yo gutanguza indwi yahariwe amagara meza ku bavyeyi n’ibibondo, ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaraye butanguye isekeza ryo gucandaga...

Intara icenda nizo zimaze kwibonekezamwo umugera wa Coronavirus

Kuva mu kwezi kwa Ntwarante uwu mwaka, mu bushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bamenyesha ko bamaze gupima abantu bagera ku bihumbi...

David Nyandwi ati: “Wituye VITRACO, ibidandazwa vyawe bizira rimwe kandi ku gihe”

Mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru, umukuru w'ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw'ibarabara ry'indaraye, VITRACO (Vision Taransport Company), David Nyandwi arerekana...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Umushikiranganji wo kubungabunga amagara y’abantu arashima uko igikorwa cagenze

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 2020, ubushikiranganji bujejewe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaramutse bwugurura icese isekeza ryo gupima abantu...

Uko isekeza ryo gupima abantu umugera wa Covid-19 ryagenze

Igikorwa co gupima abantu umugera wa Corona catanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 20202 mu gisagara ca Bujumbura.   Ico gikorwa kikaba cari...

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru...

“Uburundi ntibwoshinga icumu mu mashinga butubatse imigenderanire myiza n’amakungu“.

https://youtu.be/oZSl3fhzRDw Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n'amakungu. Biri mw'ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wo...

Abashikiranganji 15 bagize Reta nshasha baraye barahiye imbere y’umukuru w’igihugu

https://youtu.be/BbNneIVOz4Y Abashikiranganji bagize Reta nshasha icumi na batanu baheruka kugenwa barahiye imbere y’umukuru w’igihugu c'Uburundi, umushikiranganji wa mbere, icegera c’umukuru w’igihugu, inama nshingamateka na nkenguzamateka...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
20 POSTS0 COMMENTS
264 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
48 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
54 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
238 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Uyu niwe mukinyi w’ibihe vyose muri Fc Barcelona ntabwo ari Messi

Abakunzi b'umugwi Fc Barcelona batoye umukinyi w'ibihe vyose w'umugwi Fc Barcelona uyo nawe akaba ari Diego Maradona , mugihe Lionnel Messi yafashe ikibanza ca...

# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 b’abanyamahanga nibo bagiye kuza muri Aigle Noire

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Myandagaro umwaka wa 2020 ,igihe c'isaha umunanani n'igice z'umuhingamo (14h30) Ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi...

# Indundi Sports| Urutonde rw’abakinyi batwaye UEFA mu migwi itandukanye

Mu bakinyi bagiye batwara ibikombe vya UEFA Champions league mu migwi itandukanye umukinyi Christiano Rinaldo w'umunya Portugal niwe aguma aza ubwa mbere hama umudage...

# Indundi Sports | BS Dynamik igiye kumenyerezwa n’umumenyereza yavyigiye i buraya

Inyuma yaho ubuyobozi bw'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ( Direction Téchnique)bushikirije amategeko mpuzamakungu bwahawe na CAF avuga ko ata mumenyereza n'umwe yemerewe kumumenyereza umugwi...