janvier

162 POSTS0 COMMENTS

CAF Confederation Cup : Francis Haringingo n’umugwi Mukura.Vs basezereye El Hilal Obeid

Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu...

Kuva mu ntango z’umwaka w’2019, inama y’abashikiranganji izohora ikoranira i Gitega

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka w'2018, inama nshikiranganji yari yaramutse ikoranira ku murwa...

Uruganda rwo gusigura ingene ivyaha bikorwa mu mabarabara bihanwa

Kuri uno wa kane waraye uheze igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka w'2018, igipolisi kijejwe kuraba umutekano wo...

Uwikekwa gukora urudandazwa rw’abantu yaraye atawe muri yompi

Igipolisi c'Uburundi caraye gifashe umugabo yikekwa kuba yahora akora urudandazwa rw'abantu abavana mu Burundi abajana muri Qatar.

ECOFO : Abanyeshure batatoye ikibazo ca Reta bagahungira muy’abigenga bagiye kugira ikibazo

Abanyeshure bariko bariga igice ca kabiri c'amashure nshingiro y'abigenga batatoye ikibazo c'umwaka w'icenda ngo boba barakinjura bakaja mu...

Dans l’impossibilité de lever sa suspension, l’ASF se prépare à fermer et quitter le pays

L'organisation non-gouvernemental "Avocats Sans Frontieres (ASF)" au Burundi se trouve actuellement dans l'impossibilité de lever sa suspension...

Reta y’Uburundi yaronse ingabire ingana n’imiriyoni 322,35 z’amafaranga y’abanyamerika

Kuri uyu wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2018, Reta y'Uburundi iciye ku mushikiranganji...

Amnesty international appelle à la fin de la peine de mort

Si plusieurs pays d’Afrique sont réputés être dévoreurs des droits de l’homme, il est de ceux qui fournissent des efforts. Ainsi que...

Hagiye gukorwa rusansuma rw’imvubu ziri mu micungararo y’i Bujumbura

Ikigo kijejwe gukingira ibidukikije (Office burundais pour la défense de l'environnement), OBDE mu mpfunyapfunyo y'ururimi rw'ikinyamazuru kiriko...

RDC|CENI : Bilan provisoire de l’incendie

Le président de la Commission électorale nationale indépendante (CENI) a rendu public ce jeudi le bilan provisoire de l’incendie qui s’est déclaré...

TOP AUTHORS

1789 POSTS0 COMMENTS
328 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
317 POSTS0 COMMENTS
60 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
162 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
68 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
283 POSTS0 COMMENTS

Most Read

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira imimenyerano

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe ...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...