janvier

162 POSTS0 COMMENTS

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo rwiwe rwa mbere hanze y’igihugu

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yafashe, kuri uyu wa gatandatu, urugendo rwiwe rwa mbere hanze y'igihugu kuva atowe kurongora igihugu. Perezida Evariste Ndayishimiye akaba yagendeye...

Abari bateshejwe izabo n’imyuzurira basubijwe mu zabo

Imiryango irenga ijana na mirongo itatu y'abari bateshejwe izabo kubera imyuzurira bahora begeranirijwe muri karitiye Winterekwa iri muri zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura...

Menya ingingo n’abakozi bagiye kwongerwa mu gitabu kigenga abakozi n’akazi

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w’2020, inama nshingamateka yakoranye mu ntumbero yo kwiga integuro y’itegeko risubiramwo itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero...

Coopération : Ivyo umushikiranganji wa mbere n’uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w’2020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu...

Ngo mu bijanye na kahise k’Uburundi, harimwo agahaze

Kuba atabitabo vyanditswe n'abarundi canke n'abanyamahanga ku bijanye n'ibinogo rusangi vyatawemwo abishwe muri kahise, ni kimwe mu vyerekana ko ibijanye na kahise k'Uburundi harimwo...

Ibibanza vyabo ngo bishobora kwugarwa mu gihe batokurikiza amategeko

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buributsa abafise ubunywero, uburiro, ubutambiro hamwe n’abarongozi b’amashengero barara baratamba bavuza ingoma ko bobihagarika guhera...

Ibidandazwa vya magendo biherutse gufatwa n’igiporisi, vyashikirijwe ikigo OBR

Igiporisi c’Uburundi cashikirije kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga umwaka w’2020, ibitenge cari kimaze imisi gifata vyinjijwe mu Burundi mu manyanga bivanwe...

Umukuru w’igihigu Evariste Ndayishimiye yuguruye icese inyubakwa Meri ya Bujumbura igiye gukoreramwo

Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w’2020, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaramutse yugurura icese inyubakwa Meri ya Bujumbura izokoreramwo « Hôtel...

Isima rihingurwa n’ihinguriro BUCECO ngo irakwiye

Isima ihinguriro BUCECO rihingura ngo irakwiye. Amatoni agera ku majana indwi ngo yaratanzwe ku badandaza mu gihugu cose kuri uyu wa mbere waraye uheze,...

Imigenderanire y’Uburundi n’ishirahamwe ONU ngo igiye kunagurwa

Uburundi ngo bugiye gutsimbataza imigenderanire yabwo n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Umushikirangaji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere, igenekerezo...

TOP AUTHORS

1789 POSTS0 COMMENTS
328 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
317 POSTS0 COMMENTS
60 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
162 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
68 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
283 POSTS0 COMMENTS

Most Read

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira imimenyerano

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe ...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...