admin

1787 POSTS0 COMMENTS

Mutima ariyamiriza abashaka ku mucisha agatwe

Ikiranga ubuzima bwiwe ngo n'ugutanga umunezero ku bantu, Mutima ntazi gutukana nagato. Uwiganye ijwi ryiwe akarikoresha muvyo yishakiye ku nyungu ziwe, nubwo vyamutaye kuwamazi ngo...

BEBLINE : Tunaitaji kupambana ajili ya filamu zetu

Muigizaji wa Filamu inchini Burundi pia na mwana music wa kirazi kipya ajulikana kwa jina la beblina, apo ni baada ya kuwa kwenye music...

Nimubona Thierry yirukanywe muri Olympic Star

Kur'uyu wa Mungu waraye uheze, igenekerezo rya mbere Ntwarante 2020,  niho uburongozi bw'umurwi Olympic Star yo mu Ntara ya Muyinga bwafashe icemezo c'uguhagarika mu...

Abakinyi ba Aigle Noir bagiye kuza barajanwa mu Budagi

Kur'uyu wa mbere igenekerezo rya kabiri  Ntwarante 2020,niho umukuru w'inama Nkenguzamateka Nyakubahwa Réverien  Ndikuriyo akongera akaba ariwe arongoye FFB, yamenyesheje  akoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi Facebook,ko...

Uwabonye Papa wa sengazi atwenza ngo ntiyobona umuhungu wiwe

Mika sengazi ngo ntiyigeze yibaza ko atanguye gukina Comedie, ariko ngo buke buke yahavuye yisanga yamaze gutangura gukina. Ariko kandi akaba avuga ko iyo...

Cristiano yabonetse ku kibuga I Madrid, Barca itsindwa na Real Madrid

Mu gihe kuri uyu wa mungu isaha zitatu z’ijoro ku masaha y’I Madrid hari haramutse habera urukino rw’umupira w’amaguru wahuza imirwi ikomeye ku mugabane...

B Face ati ngo ntaravumburwa kandi ntibizonashoboka

B Face ngo umu Star arafise Vie Prive, kuriwe ngo ico atashatse ko bavuga ngo ntibikunda ko bakimukuramwo. Ivyo akaba aheruka kubivugira mu kiyago...

Shassir Nahimana ngo Saido agarutse mu ntamba azomusubiza inimero yiwe

Mu kiganiro umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba yagiraniye na imwe mu mboneshakure zikoresha bwabuhinga bwa none hano iwacu Shassir Nahimana yavuze y'uko Saido...

Ngo ugutsindwa kwa Kayanza United na Buhumuza vyavuye ku buruhe

Kuri musi wa kane  uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020 isaha icenda 15h00 mu ntara ya Ruyigi niho umugwi wa Kayanza United wari wakiriye...

Coronavirus : Igitigiri c’abaraye banduye umusi umwe nticari bwigere kiboneka

Abantu baraye bamenyekanye ko banduye coronavirus muri Koreya yo mu bumanuko kuri uyu wa gatanu waraye uheze babaye benshi kuva iyo ngwara imenyekanye muri...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
278 POSTS0 COMMENTS
48 POSTS0 COMMENTS
12 POSTS0 COMMENTS
167 POSTS0 COMMENTS
23 POSTS0 COMMENTS
38 POSTS0 COMMENTS
83 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
29 POSTS0 COMMENTS
39 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
164 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...