staff

57 POSTS0 COMMENTS

#Urwevu|Mariage| Ukwubaka si ukwubika Inda! Mpunge urwaha yakimajije amaguru!

Kumbure iyi article uyisomye mu kiringo zari zaraye zirasha. Eka mbere naho zitoba zaraye zirasha ntuce urekeza aho, bandanya kuko ntazibana zidakoma amahembe. Mariage...

#Urwevu| Mariage| Ukwubaka si ukwubika Inda! Tsinda ishavu musubire Muyage!

Aha tugarutse kuri wa Musozi Mariage kenshi na kenshi ukunda guhura n'ibihuhusi, bimwe mbere bikaza bimeze nka bimwe bita TSUNAMI aho bitema bigatongora, ingo...

#Urwevu| Ukwiyemera niyo ntango y’ugushika kure. Raba impanuro hano

"Impanuro twaheruka guhanahana zari iz'uko wokora ibishoboka ukarondera ibishobisho ( émotions) biza gushigikira ico wifuza gushikako muri kazoza. Ivyo navyo ukabikora ukoresheje kwandika misi...

#Urwevu|Urwaruka| Nkumi, ukaba udashaka ko zinoba, urazibuza kurwako!

N'uko rero ibintu bikaza bukebuke tukabibona, tukabireka, maze mu kiringo bimaze kudukubita hasi, tugatungura gukorora imyosori! Iyo ufise urutaro ruriko ubumera, ntuze ureke inyamanza...

#Urwevu| Nkumi, urabanza umenye projets z’Umusore. Ntukinjire imodoka utazi iyo igiye.

"Woye gutwarwa n'igihuhusi c'imishobisho maze ngo uzohave uca akenge, utakiri bwigarure!" Nk'uko hano twama tubikura mu bitabo vyandikwa n'abahinga banyuranye, turasanga vy'ukuri umuntu ariko aragenda...

#Urwevu| Ibigushikira vyose bivana n’agaciro wewe nyene wiha. Raba impanuro

Bamaze kubica hirya no hino, abahinga basanze rero intango ya vyose ari ivyiyumviro vya muntu. Ivyiyumviro vyawe bivamwo ivyamwa bijanye n'ibishobisho ( émotions) ubifatanije....

#Urwevu| Irindi banga rizogutuma ushika kure

Ubuheruka, tuvuganye ibijanye n'ukugenzura ibijanye n'ivyiyumviro vyawe, aho abahinga baguhanura ko wokwamana na ntaryo ufise aho wandika ivyiyumviro vyose ubona bikomeye bishobora kugufasha, maze...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
25 POSTS0 COMMENTS
271 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
57 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
242 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...