yanick

206 POSTS0 COMMENTS

Olga yavuze ryari azokorana indirimbo n’umunyarwanda

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b'abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora...

Abamubika akiri muzima ngo nibacire birarura

Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video...

Ku barundi baba muri Canada ngo n’umunezero ugeretse Ku wundi

Ku barundi babarizwa muri Canada ngo aba ari n'umunezero utagira uko ungana igenekerezo rya 1 mukakaro. Uwo munezero abo barundi ngo bawugira kuko iryo genekerezo...

Kirikou yiswe umusirikare n’abamukurikirana

Ishusho ryashizwe Ku rubuga rwa Instagram rwa Kirikou. Ryateje ibibazo bikomeye mu bakurikirana urwo rubuga, iryo shusho naryo rikaba ryaherekejwe n'akajambo ngo "Attention", mu...

Kireko ngo igikino s’icabo, bo n’abakozi, abobikora n’abakoresha

Hakizima Deo niko kazina abavyeyi bahaye Sakubu canke Kireko, umukinyi w'igikino Ninde abatari bake bakuze bakunda gukurikirana Ku mboneshakure y'igihugu RTNB. Mu kiganiro uwo mukinyi...

Kidum agiye gusubira gukora ikindi giteramo Online

Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w'Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk'ico yaheruka...

Abarundi ngo nimba badakunda Sat-b, bazomugabire abanyarwanda

Umwe mu bamenyeshamakuru bazwi cane mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ariko ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari nka hamwe abarundi...

Esther Nish ngo umukobwa ahisha inda n’uwuba atagira mweneyo

Uwunyegeza inda, ngo n'uwuba ataragira uwo ayegekako, canke se w'umwana. Ivyo nivyo Esther Nish yashikirije mu kiganiro yahaye imboneshakure ya hano iwacu. Ivyo akaba yabishikirije...

Kubwa Platini uguhinyanyura birinjiza gusumba kuririmba

King Platini umwe mu baririmvyi ndundi bamaze igihe asa n'uwutariko araboneka mu muziki, yavuze ibituma uno musi atabasha kuboneka cane mu muziki. Mu kiganiro na...

Masterland ati n’uburenganzira bwabo kutajana n’abandi kwunamira Nyakwigendera P. Nkurunziza

Masterland ngo yarabwiye abaririmvyi batari bake, mbere no mu bazwi cane kandi bakomeye ngo bazofatanye mu kuja kwunamira uwahoze ari umukuru w'igihugu, ariko si...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
304 POSTS0 COMMENTS
68 POSTS0 COMMENTS
17 POSTS0 COMMENTS
221 POSTS0 COMMENTS
36 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
125 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
34 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
206 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Olga yavuze ryari azokorana indirimbo n’umunyarwanda

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b'abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora...

Abamubika akiri muzima ngo nibacire birarura

Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video...

Lieutenant Kévin yahamagariye ingabo zose kubashigikira mu cicaro ca mbere

Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro...

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...