yanick

204 POSTS0 COMMENTS

Alikiba na Yvonne chakachaka buca bahurira mu giteramo

Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n'amajambo avuga ku giteramo bimirije. Inyuma y'igihe akaririmbo Alikiba...

Vichou yavuze impanuro yahawe na Nyina amanuka I Bujumbura

Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, ...

CAF Confederation Cup: Vital’o Fc yanyagiwe ibitsindo 4-1 na New star y’i Douala

Umugwi vital'O Fc wari waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup wasezerewe muri ayo mahiganwa urinze kunyagirwa imvura y'ibitsindo. Hari kuri uyu wa gatatu...

Kenya | Basigaye bakoresha udukingirizo twakoze babanje kutumesa

Kubera ibura ry'udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
304 POSTS0 COMMENTS
68 POSTS0 COMMENTS
17 POSTS0 COMMENTS
220 POSTS0 COMMENTS
36 POSTS0 COMMENTS
41 POSTS0 COMMENTS
125 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
34 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
204 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

#Diaspora| “Tubivugane” mu ntumbero yo gutezimbere imico n’akaranga

Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi...

#Tanzania Film : SwahiliFilx watowa shukrani kwa walio sapoti Gabo Zigamba

Pichani: Gabo Zigamba , Msanii wa Filamu nchini Tanzania Gabo Zigamba, maarufu kama Gabo ni msanii mwenye kujituma zaidi kwenye Kazi ya Filamu na anazidi...