yanick

242 POSTS0 COMMENTS

Qatar yatumye Neymar aba aribagiye gusubira muri Fc Barcelona gatoya

Neymar ngo agiye kwibagira kuva muri PSG mu misi mikeya kubera amasezerano yagiranywe n'imwe mu mashirahamwe yo...

Mt number one avuga kw’itegurwa ry’ibiteramo azunguruka Uburundi

Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze...

Preeze yavuze ku masanamu y’akaririmbo ikirara

Preeze arashira ahabona amasanamu y'akaririmbo Ikirara mu mwanya nk'uwo gukubita urugohe. Mu gihe hari...

M-pesa iri mu mazi abira kubera ikibazo yagize ku musi wa 1

Ikibazo catumye M Pesa ihagarara gukora mu kiringo c'amasaha abiri muri Kenya ku musi wa 1, catumye...

Menya indege nshasha ya Lionel Messi

Naho atakoze mu mufuko ngo ayigure, Lionel Messi ubu aharurwa mu bashobora kuzunguruka isi ata nkomanzi kuko...

HE Magufuli yibukije ko Abana batwara inda bakiri kw’ishure bokwirukanwa

Mu gihe yaheruka kubwira aba Tanzania ko abatandukanya ivy'imvyaro ari abatagira ico babareresha, yasubiriye kwibutsa ko abazitwara...

Uganda yahagaritse imbuga ziganisha muvy’urukozasoni -Pornographie-

Naho hari abahinga bashobora kuziraba, ariko ngo igitigiri kinini c'abahora barabira ivy'urukozasoni ku mbuga zivyerekana ntibagishoboye kuziraba...

R Flow yavuze ku ndirimbo y’abandi yasubiyemwo

Kuri uyu wa 1 niho R Flow yashize ahabona akaririmbo gashasha yise Umusaraba W'urukundo, ako kakaba kanditswe n'umurundi...

Tanzania yimye bamwe mu benegihugu uburenganzira bwo kwinjira ata Visa

Abenegihugu b'Ibihugu bitandukanye birimwo Congo na Angola batswe uburenganzira bwo bwinjira muri Tanzania ata Visa barishe, mu...

Umurundi yari yagizwe umucakara -Esclave- mu bufaransa yahavuye arekurwa

Methode yari yagizwe umucakara imyaka 10 mu bufaransa, amaze amezi 4 akuwe muri ubwo buroko yari yashizwemwo...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
25 POSTS0 COMMENTS
271 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
57 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
242 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Abakinyi 9 mu muryango wo gusohoka muri Real Madrid

kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba...

Dynamo yakubise impaga Kern

Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati...

Haringanji Belyse yabaye umu Biker(motocross).

Bikers nkuko babita hano i Burundi , ni abakinisha moto nk'urukino kandi bakaba bazunguruka igihugu berekana ubwiza bwaco. Umukinyi wa basketball Haringanji Belyse akaba ahurumbira...

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...