yanick

242 POSTS0 COMMENTS

Igitari Dudu yigiyeko kiracariho kandi kiranamusumba imyaka

Dudu Niyukuri yatanguye kuvuza umuziki ahereye ku gitari, bitanamworoheye kuko ico yabona hafi yiwe bitakunda ko agikoresha kubera ko vyari bibujijwe. Mu nyigisho zariko zitangwa...

Kidum agiye gukora igiteramo kubw’abagore batishoboye bi Toronto

Inyuma y'ikibazo agiriye kuri Stage ariko akora igiteramo, Kidum yasubiriye kandi gukora ibiteramo bitandukanye aho muri Kenya ho n'aka Karaoke agiye gusubira kuyakora ukuri...

Dogo A agiye kugaruka mu muziki, kandi umuzo wiwe ngo ntibazogaya

Inyuma y'igihe kitari gito ari mu gacerere, Dogo A ngo ariko arategura indirimbo zizomugarukana mu muziki ubundi busha, kandi abakunzi b'ibikorwa vyiwe ntibazogaya. Ivyo akaba...

Mista Champagne ngo agiye guhindurira abafana biwe ntasubire kubishura

Akababaro ni kose kuri Mista Champagne kuba ataronka ama Like n'ama Commentaire nk'abandi baririmvyi bakomakomeye. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Mista Champagne yari yasavye abakunzi...

Ismail Niyonkuru ngo abaririmvyi baramukunda ariko bakerekana ko bamwanka

https://m.youtube.com/watch?v=24mJ5HthD1g&t=6s Ibura rya Ismail Niyonkuru mu muziki ndundi ngo n'ikintu kidasanzwe, ivyo n'ibishikirizwa n'uwo mumenyeshamakuru ubwiwe mu kiyago yagiranye na Alan mu kiganiro Indundi Hit...

Ivan kwizera ngo kugira wizerwe bisaba ko nawe uba witeguye

Kwizera Ivan umwe mu barundi basanzwe bavuga igicurarangisho citwa Guitare, babikorera muri Kenya, avuga ko uwo mwuga ushatse kubanza kuwuronderamwo amahera ata Passion ubanje...

Olga ngo mu kwezi kw’9 haraboneka iyizananye n’amasanamu

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Iyindi ndirimbo izokurikira indirimbo Show me iheruka gushirwa ahabona ngo ni nko mu kwezi kw'9, Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga mu kiyago yagiranye na...

Tayaya yavuze ku mwigeme bakoranye amasanamu ya Nderura

Mu kiyago Aimable Tayaya aheruka gutanga, yamenyesheje ko abarundikazi bakina neza mu gihe c'ugukora amasanamu ngo ari bake cane. Umwe muribo ngo ni Divine, mwenenyina...

Tayaya ngo yafashije benshi kuresha, bamwe banagira n’ubugeni

Ku wohava agira ubwoba ko yomutwara umugore kubera amajambo aryohera ugutwi avuga, ngo n'ahumure ntibizoba kandi ntivyanahabaye kuko ngo abantu bari kuba baravyumvise. Mu kiyago...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
23 POSTS0 COMMENTS
270 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
49 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
57 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
242 POSTS0 COMMENTS

Most Read

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro...

Umuhuza w’abarundi yaganiriye n’umushikiranganji wa mbere uburyo bagiye kuzoza bakorana

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano, umuhuza w'abarundi aho yarajanwe n'ukumukeza n'ukuvugana nawe uburyo bagiye gukorana. Igituma ngo nuko urwo rwego ari...

#diaspora|Gushira imitahe m’ umugambi w’uburimyi n’ubworozi bizotuma igihugu na beneco batera imbere

Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bahawe akabahasha

Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie...