yanick

321 POSTS0 COMMENTS

Mt number one aragereranya ntatomora igihe azosohorera indirimbo yiwe nshasha

Indirimbo n'umuririmvyi akomeye ngaha iwacu Mt Number one avuga ko ariyo ndirimbo nshasha azoshira ahabona.

Sat-b ngo yaratutse Lolilo aramugotsa

Ukudashaka kuramutsa Sat-b kwa Lolilo ngo vyoba kwari ukumusubiriza mu nkoko, kubera ivyo Sat-b yakoreye lolilo mu...

Ata gihindutse inzira Kidum asigaranye n’iyerekeza i Bujumbura

Nka hamwe ataco hinduka, Kidum abohewe muri kenya kubera Ibura ry’urupapuro ry’inzira yarasanzwe akoresha. Akaba azoca abanza...

Meddy we abandanya kumenyekanisha igikorwa ca be na Sat-b

Mu gihe ikinyamakuru Inyarwanda co mu gihugu kibanyi c’Urwanda kimenyesha ko hari ubwoba bwinshi ku bakunzi b’umuririmvyi nyarwanda...

Messi asabwa guhungisha Umwana w’umu afghan aba Taliban bashaka kwica bamumuhora

Umwana w’umu fan wa Messi arasaba ko uwo mukinyi yomufasha mu kumukura mu magorw arimwo mu gihugu ca...

Don brighter yaronkejwe impamya bushobozi mu gisata c’ubutungane mpanavyaha

Kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 12 kigarama muri Leta zunzeubumwe za amerika mu ntara ya Arizona...

Big Fizzo yavuzweko vyinshi birimwo n’ikibondo gishasha

Mu gihe Big Fizzo atariko abarizwa i Bujumbura muri ino misi, uwo muririmvyi abandanya avurwako ibitari bike,...

Preeze yavuze kw’ibura ry’amasanamu yari yemeye

Naho atamenyesheje ryari kazobonekera,Preeze yasavye imbabazi kuba katabonekeye igihe, ariko akavuga ko ari ukugira hashirwe ahabona igikorwa...

Nigeria : Kurangurira ibanga ry’abubatse mu modoka mu vyateye impari mu gipolisi

Amakuru dukesha ikinyamakuru co mu gihugu ca Nigeria, avuga ko mu gipolisi hadutse impari ku kibazo c'urubanza...

Qatar yatumye Neymar aba aribagiye gusubira muri Fc Barcelona gatoya

Neymar ngo agiye kwibagira kuva muri PSG mu misi mikeya kubera amasezerano yagiranywe n'imwe mu mashirahamwe yo...

TOP AUTHORS

1798 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
58 POSTS0 COMMENTS
397 POSTS0 COMMENTS
64 POSTS0 COMMENTS
92 POSTS0 COMMENTS
277 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
78 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
321 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...