Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Intamba zigiye gukina na Tanzania urukino rwa kivandimwe

Mu ntumbero yo kwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo rwa CAN 2021 ruzobuza Intamba mu rugamba na Mauritanie ruzoba mu kwezi kwa Munyonyo , umugwi nserukira...

# Indundi Sports | Ulimwengu Jules yaguzwe na Gormahia

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaguzwe n'umugwi Gormahia wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca...

# Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi yatsindanye kundwi ya 3

Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo igira Gatatu mpera y'indwi iheze. Uku Niko Imigwi yatsindanye : - BS Dybamik yatsinzwe na Les Élephants igitsindo 1...

# Indundi Sports | Iddy Museremu yerekeje mu gihugu c’urwanda

  Kuri uyu wa Mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2020 , niho Umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi (19) mw'ihiganwa rya Primus league 2019-2020, Iddy Museremu yafashe...

# Indundi Sports | PLB : Ng’abo abamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi

Nkuko mu bizi mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa ryo mu Burundi Primus league ryari ryabandanije kundwi yayo igira 3 , abakinyi 10 bamaze...

# Indundi Sports | Imyambaro ya Saido Ntibazonkiza yatanguye kugurishwa

Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba hamwe na Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza yuguruye imangazine yo kugurisha imyambaro iriko iritazirano ryiwe yise Lion 10. Iyo...

# Indundi Sports| PLB: Uku Niko imigwi izohura Ku ndwi ya 3

Ku musi wa gatandatu , n'uwImana igenekerezo rya 19 na 20 nyakanga 2020 ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi ya 3. Uko Niko imigwi izohura...

Abakinyi 11 b’abanya Africa badafise imigwi harimwo Yaya Touré

  Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2020, ikinyamkuru Orange football Club cashize ahabona abakinyi 11 b'abanya Africa bigeze kuba rurangiranwa muri kino...

Imvo yatumye Aubameyang yongerwa amasezerano muri Arsenal

Kizigenza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang yongereje amasezerano yo gukinira umugwi Arsenal wo mubwongereza. Akaba yashize umukono ku masezerano yo kubandanya akinira uwo...

# Indundi Sports | Abakinyi ba Messager Ngozi bemerewe imishahara ya buri kwezi

Hari ku mugoroba wo Ku musi wa gatanu Igenekerezo rya 11 Nyakanga 2020, aho abagize ishirahamwe Mu mryango w'abagenzi bo kumutima batunganije ibirori...

# Indundi Sports | Derby : Statistic y’ingene Inter Star Na Vital’o zimaze gutsindana

 Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 12 Nyakanga 2020, Isaha icumi 16h00 Ku kibuga c'intwari niho hazoba Derby ikomeye cane izohuza imigwi ibiri ikunzwe...

# Indundi Sports | Kayanza United yakwije ivyangombwa usezezerera gutsindwa impaga

  Inkuru nziza Ku bakunzi b'umugwi Kayanza United , n'uko amakarata y'abakinyi uwo mugwi uzokoresha mw'ihiganwa ry'uyu mwaka wa 2020/2021 amaze kuboneka . Kayanza United akaba...

Most Read

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira imimenyerano

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe ...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...