Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Umubabaro ni mwinshi ku bakunzi b’intamba kumvo z’uko batazorera urukino rwa Mauritania

    kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 05 Munyonyo 2020, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF bamesheje ko inkino z’imigwi nserukira gihugu zizoba...

# Indundi Sports | BCM: Omar Ntakagero niwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi

    Umumenyereza w’umugwi Flambeau du Centre Omar Ntakagero niwe yatsindiye agashimwe ko mu kwezi kwa gitugutu nk’umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi muri Primus league Burundi...

# Indundi Sports | Eugène Big muri FFB agiye kwurira indege iryambere mu buzima

  Umushoferi wo mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mi Burundi FFB Niyongere Eugène batazira Big agiye kwurira indege ajanywe n’uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB Honorable...

# indundi Sports | Marco Weymans mu nzira agana Uburundi

Umukinyi Marco Weymans ari mu nzira imuzana mu gihugu c’Uburundi nkuko  Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constantin yashoboye kuzana uwo mukinyi  yabiyagiye uruganda...

# Intamba zakwije amadorari ibihumbi 200,000$ yasabwa kigira zishike Mauritania

    kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 02 Munyonyo isaha icumi (16h00)z’umuhingamo mu kigo c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru niho Ishirahamwe Lumitel ryahaye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu...

Breaking News : Jimmy Ndayizeye niwe yagenywe kuba umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba

Mw’ikete ryashizweko umukono n’uwusanzwe atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi  FFB Honorable Révérien Ndikuriyo ryagenye  Djimmy Ndayizeye nk’umumenyereza mukuru agiye kumenyereza inkino zibiri zigiye...

#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi muri Primus league

Inyuma y’aho indwi ya 8 ya Primus league irangiriye , abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana, akaba ari aba bakurikira: 1) Kasongo Benjamin...

Mavugo Laudit yafashije Napsa Stars kunganya na Zesco United

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 01 Munyonyo 2020, mu gihugu ca Zambia niho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryatangura, umugwi Zesco United ukinamwo umukinyi...

# Indundi Sports| Saido Berahino yerekana icizere co kuzokwitwara neza mu rukino rwa Mauritania

    ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2020, niho umugwi Charleroi Sc ukinamwo Kizigenza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino wari wakiriye umugwi Cercles...

Vital’o Fc ibandanya yitwara neza nayo Olympic Star yagumye mu kibanza ca mbere

  Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugu 2020 ihiganwa rya Primus league ryabandanije ku ndwi yaryo ya 8. Vital’o Fc yasubiye gutsinda urukino...

Breaking News : Uburundi buhejeje gutsindira Marco Weymans azoboneka mu rukino rwa Mauritania

Amakuru duhejeje kuronka ubu nyene nkuko tuyashikirizwa na Manager w’Intamba mu rugamba Mutima Constatin, ni uko Uburundi buhejeje gutsindira Umukinyi Marco Weymans w’imyaka 23...

Umuvugizi wa Rayon Sports yakeje Arsene Bucuti yizewe kandi na Vitalo FC

Abatari bake mu bakunzi b'umupira w'amaguru,n'abaririmvyi bakeje Arsene Bucuti. Inyuma y'umuririnvyi Sat_B hakurikiye umuvugizi wa Rayon Sport Nkurunziza Jean Paul.   Mu ntumbero yo gukomeza umurwi...

Most Read

Success: Mbega weho ku bwawe succès ni iki? Ni ukugira amafaranga menshi?

Abandi banditsi batandukanya bagiye bariyumvira définition boha ijambo "succès" basanga  ntivyoroshe. Nk'uwitwa Jim Rhon mu gitabo yanditse citwa' 7 Strategies for Wealth and Happiness"...

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy'uwo muziki. Inyendamuvano ni Post...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...