Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

Arakaza Mac Arthur kuriwe n’iteka ridasanzwe gusubira gukorera igihugu

Inyuma y'igihe kitari gito adatumwako mu Ntamba mu rugamba, Arakaza Mac Arthur yashizwe mu rutonde rw'abakinyi 25 bagiye kwitegurira urukino rwa Gabon...

Pierrot Kwizera yafashije Al aroubah kunyagira Nassir Club

Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Kwizera Pierrot abandanya yitwara neza mu gihugu ca Oman. Hari...

Primus league : Uku Niko batsindanye ku ndwi ya 25

Kuva kuri uyu wa 26 Ruhuhuma umwaka wa 2019 Ihiganwa rya Primus league ryari riramutse ribandanya Ku ndwi...

Papy faty mu rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye kwitegurira Gabon

Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba ari kumwe n'abafatanyabikorwa biwe bamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 25 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira...

Abakunzi b’intamba basaba FFB kudandaza ama tike hakiri kare

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryatewe akamo n'abakunzi b'intamba mu rugamba .

#indundi Sports|Ulimwengu Jules yabeshuje ibimuvurwako

Umukinyi w'umurundi akina hakurya mu gihugu c'u Rwanda Ulimwengu Jules abandanya kwitwara neza iyari muri azam premier ligue muri...

FFB Irabeshuza urutonde rw’abakinyi 23 b’intamba ruriko rurakwiragizwa

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi rirabeshuza amakuru ariko arakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi, avuga urutonde rw'abakinyi bazotana mu mitwe na Gabon.

Mavugo Laudit abandanya yitwara neza muri Zambia

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Mavugo Laudit muri Zambia hameze nkahamworoheye.

Gael Duhayindavyi yatowe nk’umukinyi w’ukwezi kwa Nzero

Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba n'umugwi Mukura Vs, Gael Duhayindavyi yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Nzero.

Enock Nsabumukama ashobora gutumwako mu Ntamba

Umukinyi wo hagati w'umugwi Zesco United nawe nyene ashobora kutumwako mu Ntamba mu rugamba .

Messager Ngozi yaronse umuserukizi mushasha

Umugwi Messager Ngozi fc waronse umuserukizi mushasha azohora akurikiranira ibikorwa vy'uwo mugwi mu gihugu ca Maroc, uwo nawe akaba aruwitwa Aimable...

Ulimwengu Jules yafashwe nk’uwasuzuguye abakinyi b’abarundi

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba ulimwengu Jules aridogerwa n'abakunzi b'intamba bivuye ku majombo yasgikirije.

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...