Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

Mac Arthur yaraye akinye urukino rwiwe rwa 4 muri Lusaka Dynamosr

Inyuma yo guhabwa amasezerano y'umwaka n'igice yo gukinira Lusak Dynamos, Arakaza Mac Arthur yamaze gufata...

CAN U 20| Ikiranga misi c’inkino Intamba mu rugamba izokina

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya CAN U 20 izobera mu...

Intamba U 20| Urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba bagiye kwitegurira inkino za CAN U 20

Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa ahejeje gushira ahabona Urutonde rw'abakinyi 29 b'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka...

Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 muri Tunisia

Umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 mw'ihiganwa ryo muri Tunisia .

Munezero Fiston yahagaritswe gukinira Police Fc

Uwahoze akinira umugwi Flambeau de l'Est, Munezero Fiston yamaze Kuba ahagarikwa gukinira Police Fc yo mu...

Uwahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho

Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho.

Fiston Abdoulrazzaq niwe yaraye ahaye itsinzi Js Kabylie

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba abandanya yitwara neza mu mugwi Js Kabylie.z Ku musi wa gatanu waraye uheze igenekerezo...

Arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere

Inyuma yo kugurwa n'umugwi Lusaka Dynamos umunyegori w'umurundi arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere muuruwo murwi.

Ibitsindo bibiri vyompi vyatsinzwe na Alexis kitenge

Hakizimana Alexis Kitenge yitwaye neza mu rukino rwa kivandimwe aho umugwi Makao Fc waraye ukinye n'umugwi wo mu cicaro ca kabiri....

Azam Premier League Rwanda : Bon fils Caleb yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 6

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye asubiye kwitwara neza. Hari...

Emery na Desire mu rutonde rw ‘abahagarikizi 16 mpuzamamukungu

Abahagaritsi babasore babiri aribo Niyongabo Emery hamwe na Désire bavutse mu mwaka wa 1986 nibo bongewe mu rutonde rw' abahagarikizi...

# Indundi Sports | Elvis Kamsoba yaguzwe muri Melbourne Victory

Umukinyi w'Umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba yaguzwe mu cicaro ca mbere mu mugwi Melbourne Victory .

Most Read

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z'ino ndwi. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27...

Preeze36 ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza,bareke kugiranira imimenyerano

Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe ...

Abarundi bari bamaze inisi bugaraniwe mu Rwanda batahutse

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda...