Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

CAN U20: Aba nibo bakinyi 11 b’intamba Joslin yasabwe gutanguza

Abakunzi b'inkino bipangiye urutonde rwabo basaba na Joslin bipfubusa ko arirwe yotanguza mu rukino rw'africa y'epfo.

Intamba U20 zemerewe umuriyoni umwe kuri buri mukinyi

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wa batarenza imyaka 20 wemerewe umuriyoni umwe kuri buri...

U Burundi bwungutse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukira...

# Shassir Nahimana yatsinze igitsindo ciwe ca mbere muri Al- Mujazzel

Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Shassir Nahimana yaraye yitwaye neza. Hari...

Aya niyo masezerano Karim Nizigiyimana yahawe muri Vipers

Karim Nizigiyimana agiye gukinira umugwi Vipers Fc wo mu Buganda. Kizigenza w'intamba mu rugamba mu nkino ziheruka z'umugwi...

Justin Ndikumana abandanya yitwara neza muri Sofapaka

Umunyegori w'Intamba mu rugamba Ndikumana Justin abandanya yitwara neza mu mugwi Sofapaka Fc.

# Ulimwengu Jules niwe asubiriye Caleb muri rayon Sports

Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules niwe agiye gusubirira Bimenyimana bon fils Caleb muri Rayon Sports, ...

# Intamba U 20 zashitse amahoro muri Niger

Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w'igenekerezo rya 29...

Intamba U 20: Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba bagiye kwerekeza muri Niger

Umumenyereza mukuru w'Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa yaraye ashize ahabona urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba mu rugamba bagiye...

# Indundi Sports | Nahimana Shassir yaraye ahawe amasezerano muri Al Mujazzal Club

Umukinyi wo hagati w'Intamba mu rugamba Nahimana Shassir yaraye ahawe amasezerano mu mugwi Al Mujazzal Club wo muri...

Bimenyimana Bon Fils Caleb yaraye asezeye abakunzi ba Rayon sports

Umusatirizi w'Intamba mu rugamba akinira Rayon sports, Bimenyimana bon fils Caleb yaraye asezereye abakunzi b'uwo Mugwi.

Ned bank Cup: Frederic Nsabiyumva yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody sundhouse

Umukinyi w'inyuma w'Intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody Sundhouse mu gikombe ca Ned Bank cup.

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...