Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

Iry Tina niwe mwigeme yatahukanye MISS GLOBE AFRICA 2020

Ni ibidasanzwe kubona umurundikazi atahukanye miss Globe, Iry Tina yerekanye ko vyose bishoboka. Kuri uyu wa gatatu , igenekerezo rya 29 gitugutu 2020 niho MISS...

# indundi sports | Uyu niwe mukinyi umuhisi Nkurunziza yubakiye inzu amwitirira n’ikibuga

  Mugihe indundi Tv yama iha icubahiro abakinyi bose bakera bigeze gukora amateka ndetse baranaterera kugira umupira w’amaguru wacu utere imbere twaregereye umwe mu bakinyi...

# indundi| Aba nibo bakinyi 10 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi muri Pimus league

Mugihe indwi igira 7 ya Primus league yaraye irangiye ku magenekerezo ya 23,24na 25 Gitugutu(10) abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana. Urutonde rwabo...

# Indundi Sports | PLB: Olympic Star yanse kurekura ikibanza ca mbere

  Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi igira 7 . Umugwi Olympic Star wanse kurekura ikibanza ca mbere naho wanganije...

# Beaking News : Bimenyimana Robert ntakiri umumenyereza wa Muzinga

Umumenyereza w'umugwi w’igisirikare c'uburundi Muzinga Fc Bimenyimama Robert ntakibarizwa muri uwo mugwi. Amakuru ava muri zimwe mu ndongozi za Muzinga avuga ko bahagaritse uwo mumenyereza...

# Indundi Sports | Indege imwe muri zitatu niyo izotwara intamba muri Mauritania

Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2020, niho uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Umukenguzamateka Réverien Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukana...

# indundi Sports | Msaba Seleman yavuze umukinyi akunda mu Ntamba mu rugamba

Uwigeze kuba umukinyi w'intamba mu rugamba hamwe n'umugwi Prince Louis Musaba Selemani yavuze umukinyi akunda cane gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu...

# indundi Sports | Uburundi bwungutse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA

  Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba wungutse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi, aho ni inyuma yo gutsinda Tanzania. Kuri uyu wa...

# Indundi Sports | Olivier Mutombola yoba atakiri umumenyereza mukuru w’intamba?

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 gitugutu 2020, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baraye bashize ahabona abamenyereza b'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu...

# Indundi Sports| Ama miriyoni niyo FFB yinjije mu rukino rwa Gabon

Intererano abakunzi b'inkino baterereye mu kwinjira Ku bwinshi mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN rwabaye mu mwaka wa 2019...

# Indundi Sports | Breaking News : Shaka Bienvenue agiye gukinira Ac Leopard muri Kenya

  Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yashize umukono Ku masezerano yo gukinira Umugwi Ac Leopard ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca...

# Indundi Sports | Uwariwe wese yipfuza guherekeza Intamba muri Mauritania imiryango iruguruye

Mu kiganiro yari yakoranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru Ku musi wa Gatanu Igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, uwuramutswa ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umukenguzamateka...

Most Read

Success: Mbega weho ku bwawe succès ni iki? Ni ukugira amafaranga menshi?

Abandi banditsi batandukanya bagiye bariyumvira définition boha ijambo "succès" basanga  ntivyoroshe. Nk'uwitwa Jim Rhon mu gitabo yanditse citwa' 7 Strategies for Wealth and Happiness"...

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy'uwo muziki. Inyendamuvano ni Post...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...