Home abakinyi bakina hanze

abakinyi bakina hanze

Hakizimana Alexis Kitenge yerekeje mu bushinwa

Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club .

kabera Christian Morinho yashinzwe amabanga muri les Jeunes Athletic

Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri.

CAF Confederation Cup : Francis Haringingo n’umugwi Mukura.Vs basezereye El Hilal Obeid

Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu...

CAN U 20| haraye hamenyekanye umurwi Uburundi burimwo

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Kigarama umwaka wa 2018 , niho haraye hatowe ijonjora ry'uko imigwi...

Arakaza mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu kitaramenyekana

Mac arthur ku kibuga c'indege ca Bujumbura  Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Arakaza Mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu...

Justin Ndikumana mu bakinyi Sofapaka yaguze

    Inyuma yo gushira umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Sofa paka imyaka Ibiri (2) ,Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Justin Ndikumana yashizwe ahabona mu bakinyi...

CAF champions league | Messager Ngozi yaraye isezerewe na Ismaily Sc yo mu Misiri.

  Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye...

Most Read

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...