Home africa news

africa news

Mu bakinyi 10 b’abanya Afrika b’ibihe vyose Mane ntarimwo

  Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane...

Ben Mendez mu mwuga wiwe aremeza ko ashoboye

Mu gihe benshi mu rwaruka baheza amashure bagaca bituna bugatondera barindiriye uwobaha akazi, Selemani we yahisemwo kuba umwe mu batanga akazi. Malembo Selemani azwi kw'izina...

#Nigerian Film: Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa memba wa Academy of Motion Picture Arts and Science

Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa member wa Academy of Motion Picture Arts and Science na hivyo kuanzia sasa ataweza kupiga kura kuchagua...

Ishirahamwe ryunguruza abantu Kenya Airways vuba ngo rirasubira ku mirimo

Ishirahamwe ryunguruza abantu n’indege Kenya Airways rikomoka mu gihugu ca Kenya ngo vuba rirategekanya gusubira ku mirimo inyuma y’igihe kitari gito ryari rimaze ridakora...

Covid-19 : Umuryango w’ubumwe bwa Afrika ngo ugiye gupima umuti wa Madagascar

Umuryango w'ubumwe bwa Afrika watangaje ko uriko uravugana na Reta ya Madagascar kugira ngo upime neza ko umuti ico gihugu giheruka gutora ko koko...

Davido yakoranye indirimbo na Nick Minaj

Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka...

Kamatari yatanguye gutanga udufukamunwa yakoreye abanya Mali

Inyuma yaho Esther kamatari amenyeshereje ko ariko akora udufukamunwa tugenewe guhabwa abanya Mali, uwo munyamideri w’umurundikazi akomeye yatanguye gutanga imfashanyo ku bigo bitandukanye vyo...

Muri Congo hasubiriye kuboneka abagwayi bashasha ba Ebola

Ikiza ca Ebola carasubiriye kuboneka muri republique iharanira intwaro rusangi ya Congo, abagwayi bandi bashasha bakaba babonetse itariki 10 ndamukiza imisi 2 gusa imbere...

Ghana yatanguje Application izobafasha kuraba abashobora kuba bagwaye COVID 19

Igihugu ca Ghana catanguje Application ishirwa mu duhamagazo aho iyo izofashwa abajejwe amagara y’abantu kumenya uruja n’uruza rw’abantu, kugira hamenyekane abantu bashobora kuba bakekwako...

Amakuru ya Coronavirus aho mu gihugu kibanyi ca Congo

Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n'ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n'uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera...

Umurundi yari arwariye i Kigali Corona Virus yakize

Umurundi wa mbere yafashwe n’ingwara ya COVID-19 iterwa na Corona-Virus yakize, ubu akaba avuga ko agiye kwerekeza muhira aho umuryango umurindiriye. Ivyo nivyo yashikirije...

Cameroun : Urwaruka rwakoze umuti wo gukaraba kugira birinde CoronaVirus

Muri Cameroon, Urwaruka ruhurikiye mu murwi Local Youth Corner rwagiye hamwe rutangura gukora umuti wo gukaraba ku ntoke bita mu kinyamazuru Desinfectant. Uwo muti...

Most Read

Urwevu: Ba Kavamahanga ntibatwigishije vyose!

NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje...

Volleyball: Championat National: ASB na Muzinga zaraye zitahukanye ibikombe.

Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi...

Angelina yoba ije gukura kuri hit Melana ?

Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati...

PLB: Musongati ngo gutakaza amanota atatu mube muravyihoza

Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 4 , Umugwi Musongati Fc gushika n'ubu uracafata intebe y'ubwami...