Home Agriculture

Agriculture

Ngo hagiye gusabwa ko urudandazwa rw’urumogi rwemerwa

Umushikiranganji w'ikigega muri Leta ya Afrika y'epfo abona ko nabo bohamvya abandi mu kwemeza kudandaza urumogi, naho basanzwe bemera ko abantu barukoresha mu ngo...

Ikawa y’Uburundi yatahukanye ikibanza ca mbere kw’isi

Ni akanyamuneza ntangere ku barundi na canecane abarimyi b'ikawa kuva aho bumviye ko ikawa y'Uburundi yabaye iya...

Amashirahamwe agura ikawa asabwa gutangura kuyigura naho atararonka impusha

Amashirahamwe agura ikawa asabwa gutangura kugura mu maguru masha n'aho ikigo kijejwe gukurikirana ivy'ikawa ARFIC kitaratanga impusha...

Diaspora : A la quête de la modernisation de l’agriculture

La diaspora burundaise est à la quête de l'agriculture et de l'élevage moderne dans leur patrie.

Uburimyi : Ivyashikirijwe mu nama yabereye i Gitega

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero umwaka w'2019, umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi hamwe n'ibidukikije...

Most Read

Mista Champangne yagirijwe uburozi, batanga n’ivyemezo

https://www.youtube.com/watch?v=RSdpqBI8WlM Mista Champagne yagirijwe uburozi impande zose, haba mu baririmvyi co kimwe na bamwe mu bahoze ari abamenyeshamakuru, ariko bagikurikiranira hafi ivy'uwo muziki. Inyendamuvano ni Post...

# Indundi Sports| Rallye yungururijwe ku yindi sango ku mvo z’urufpu rw’umunywanyi wayo

  Komite shingwa bikorwa (Exécutif)ya Club Automobile yo mu Burundi muri Rallye iri n’umubabaro mwishi wo kubamenyesha urupfu  giturumbuka rw’umunywanyi wayo. Niyonkindi Didier akaba yitavye Imana...

# indundi Sports | Jimmy Ndayizeye ngo Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka Yanga Africans

  Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yavuze ko umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza niwe azoheka umugwi Yang Africans mu...

# Indundi Sports | CECAFA U 20: Aba nibo bakinyi berekeye muri Tanzania

    ku w’Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 niho abakinyi b’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 berekeje i Harusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero...