Home Athletisme

Athletisme

Francine Niyonsaba yagiye gushira umukono mu gitabo c’iteka ca Petero Nkurunziza

Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020,  umunonotsikazi mpuzamakungu,  Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...

Athlétisme : Indoto ya Francine yamenyekanye

Ugutahukana umudari w'inzahabu mu nkino za jeux Olympiques 2021 niyo ndoto Francine Niyonsaba afise Kubw'uwo murundikazi asanzwe ahiganwa ku metero 800 akanatahukana umudari w'ifezo kuri...

Kuba nk’umuhungu cane nivyo bitumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa

"hormones" z'igihungu nyinshi afise mu mubiri nizo zatumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa...

Warren Ndayishimiye abandanya gufasha imigwi y’abakiri bato.

Warren Cheby Ndayishimiye arabandanya igikorwa yiyemeje co guteza imbere imigwi y'inkino mu bakiri bato,...

Most Read

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...